Mukulukulu Comedian | Sinubatse ndapanze ariko mfise Umugore | Twenga nawe
Вставка
- Опубліковано 11 лют 2025
- Tubasavye gukora Subscribe (S'abonner) Kugira ntimucikwe n'ibiganiro vyacu vyaburimunsi. Mwongere mucishe ijisho kuri website yacu www.bujahits.com/ mwironkere amakuru mashasha agezweho
#BurundianMusic
This video strictly for education purpose for the difference between the culture of the country
LIKE, COMMENT AND SHARE
Ndagukunda cn❤❤❤
Mukulukulu we ndakwemera ntutwenza urakavya urarenze
Weww ndakwemera Isaac Classic urumushaka shatsi wamakuru nayandi nukuri baze bakwambike umudari Mani
Natwenze nahwereye 😂😂😂😂😂😂😂😂😂 ATI umuzirikanyo nagira numuzirikano🙈
Abamwemera caane Mr Isaac, Mûri bujahit TV ntamu journaliste mufise akora neza caane Isaac, 😄😄😄😄😄😄 abo tuvyumva kumwe mumpe like ngaha, hama uyu mu kurukuru aranyishe😄😄😄😄😄🤣🤣🤣
Mukurukuru nukuri arasetsa cane jewe ndamwemera
Hahaha ngwahave agusengera kukugira wumvee Mana arankuyeho
Uahhhh, you are smart Mukulukulu
Isaac apa umetisha kijana, mzee mukuru Kuru noma.
Uyu mu journaliste amewazidi wooote mu bujahit TV kabisa
Mamamakumbe mukulukulu nuyo yeeeekuvambaho niryorya
Wewe ndakwemera
Mukurukuru oya turek vrmt. Urakauka nkahera pe
kkkk ariko Mana mukulukulu uranyishe nukuri
Hahaha yavuze kwatanzoga yigeze anyway hahahaha Isaac anakucanganya mukurukuru
Yeeeeees Mukulukulu
Nibyokoko. Inzoga nizina Rusangi😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mukurukuru big up
Hahaha mukurukuru aranyishe kabisaaa nintwengo
Niryambere ndamubony mumaso Mukulukulu🤣🤣🤣🤣. Murondere abantu nkabo ab aribo mubaza, kandi mubabaze n’ibibazo bizima🙈
Hahah le type ni farceur saanaa
hahahahaha,mukurusss,urankuye ho....hhhhhhh,Ur'uwambere kabisa,you're the best
Uru mukurukuru canke Muntumukuru !!!!
❤❤❤❤❤❤
Sinaribwamubone mukama ndatwenze
Big up MUKURUKURU MURI FRANCE TURABAKURIKIRA CANE MUDUKUMBUZA IWACU
Hahaha ngwimbaragasa yarazirukanye gezaho mukurukuru uratwishe nintwengo
Killing us 😂😂
hhhhhhhh uraryohey kabisa
Saf kabisa
Umuzirikanyo 😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Manayayanje urazogutwenzw
Mukurukuru kambembe Ndagukunda cane gose, bujahiti TV Ndabashimiye.
Kbs
Aïiza Ndagushimiye cane
😂😂twavyumvis tuzoz turabigir
Ndagukuda nuku. Ukunda. Ibisus
uranyishe
Ibihere navyo?😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂urasekeje
😂😂yooo mana yanj imbavu zanj
Wow 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nukuri mukuruku arerenze imbavu ziranyishe 😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂anadukill kabisa
Hosy yagiye hehe
Hahhhhh Mura dumap nihatari
Mzee baba umetisha sana 😂na Mukurukur,ariko iyo tricot interv zose niyo nyene😯
Numwambaro wakazi, Bro raba neza
Akokantu k'umuzirikanyo karanyishe
Natwe twashak kugir ikiganiro
yarikuzavuga kakajwi kiwe yakoresha kuri Radio
😃😃😃😃😃😃munara ntwengeje sana yani gisi unavyoongea kwenye radio nagisi unavyo fanana una tisha sana mukurukuru hahahahahaha
Ubu ni sawa. Rwa runtu rwa intro rurambira mwararukiye. Ni sawa kabisa.
Iryo jambo impaano rihebe. Abarundi dkoresha "ingabirano"
Uyumwaka mufise akazi keshicane nduwanbere like zanyu ndazishaka
Anka Hassn Kabisa ntakuruhuka
Ekanaje ndimulitanzania alatwengeje gosi kweli
🤣😂😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ntanyama y imbata
Comédie yaw yikuze Mukurukuru kuko urashoboye
Hakora munda Nani,suko,sibiiiiiiintu .hhhhj
Natacha la nomba karya kantu avuga ngo sibintu,yabikuy kwa mukurukuru
Twiteho ivyiwacu Burundi
🤣🤣🤣🤣🤣Mukurukuru uri isi kabisa.
🤣🤣🤣🤣🤣
wew usa na fizzo nibiki ?
Hahahhahah naweyeee
Erega gukora ku munwa no gukora mukanwa biratandukaanye
hhaa yagusiguriy wangu ww ntiwumvaa
Ayez l'habitude commentaliste
Kuber iki ari IMPANO atari ingabirano!!! Nico kirundi
Hhhhhj,bavuga Umuzirikanyi
Focus ni sawa cana. Uyu mu cameraman ni sawa.
Gimme like I'm first
😭😭😭👍👌💗
😁😁😁😁😁
Uw mugab arishima ntanuko arumu comédien
ha😂😂😂😂
😄😄😄😄😄
Nimbarumuntu wamberenkunda ingene akora,nuwumusaza, mukurukuru
Kabisa ararenze
Ndafuye tugeze aho vraiment mukurukur😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Mukurukuru urubatse ?oya ndapanze.hhhhh
Eeeenzogutumirakubukwebwanj
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ego vrt
Mumuzirikanyo.hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh
Hhahahahahhahahahaha mukururu wewe ni nomma
Mbavu zangu manawe mukurukuru @urubatse oya ndapanze&😆😆😆😆
I can make people laugh but ...
Akaba ata mbeba ufise nta stock y' uduharage wangu ihari ni hatari muga siko bizohora!
Uwo mutama arantwengej kbsa muriri joro . ngo uhamagara mwemu yera kugira utangaze imatch ndakesera
Hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh imbeba iwanje nop
V
Bit wewe.urikuvugisha.mukurukuru.ndagukeneyetuvugane.sinzi.ukonzokuronka
Mpanimero zawe
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣
😂😂😂
😂😂😂
😂😂😂😂
😂😂😂