JEMBE KALI.
JEMBE KALI.
  • 9
  • 12 574
Jembe Kali - Ntaco bitwaye ( Video Official ) 4k
Jembe Kali - Ntaco bitwaye ( Video Official ) 4k
Burundi Music. Education song
#UA-camJembeKali
#tiktikJembekali
#FaceboobJembekali
#Burundimusic
Переглядів: 2 652

Відео

Jembe Kali - sweet sweet (Official video)
Переглядів 2,8 тис.4 місяці тому
Indirimbo yitwa sweet sweet jembe kali yayiririmvye avuka amakuru yurukundo namazina abakundana bitana. Contacts jembe5740@gmail.com Connect With Jembe Kali On: Instagram: / jembekali Facebook: / Jembe Kali you tube: / jembe kali #jembekali #Music #burundi
BUHUMUZA by Jembe Kali ( video lyrics)
Переглядів 2,3 тис.Рік тому
buhumuza, nindirimbo yakozwe muntumbero yoguhayagiza ivyiza vyuzuye mukarere k'Uburundi bw'ubuseruko ariho CANKUZO RUYIGI MUYINGA. Tukaba duha ikaze umuntu wese yipfuza kuza kugendera intara yacu ya BUHUMUZA, ariyo igizwe na CANKUZO RUYIGI NA MUYINGA. BUHUMUZA irasharije muburundi nomuri afrika mashariki
Intahe yokwikukira by Jembe Kali ( Official video)
Переглядів 3,1 тис.Рік тому
Iyi ndirimbo yakozwe muntumbero y'ukwigina intahe y'ukwikukira bene burundi twaronse tunyotewe. kugirango kandi twame twibukanya kahise kigihugu cacu ciza c'Uburundi ngo abakiri bato nabazovuka bazomenye iyo twavuye kandi nabo bazokwigishe abazobakomokako amateka yigihugu cacu. iyi ndirimbo ifise akanovera ku muziki wakera ari naco gituma abene burundi benshi bariko barayikunda.
Turatashe by Jembe Kali. (Official video)
Переглядів 1,3 тис.Рік тому
Iyi ndirimbo yerekana ubuzima impunzi z'abarundi zicamwo mumahanga n'ukuntu zakirwa iyo zihungutse zigasubira mugihugu camavukiro. twirinde icotuma umurundi yongera kwitwa impunzi, tuvuge duti ntibizongera. UBURUNDI N'igihugu cacu turagikunda twese hamwe turikumwe birashoboka.

КОМЕНТАРІ