Magazine Santé Burundi TV
Magazine Santé Burundi TV
  • 16
  • 14 291
Ukwo Pilule du lendemain ou 72 heures iriko irica urwaruka rw'abakobwa hano iwacu kubera ukutamenya
‎@MagazineSanteBurundiTV yabateguriye ikiganiro cihariye kidasanzwe ku kinini Pilule du lendemain canke 72heures aho kiriko kirica benshi mu rwaruka rw'abakobwa kubera ukutamenya.
Kurikirana ikiganiro cose kugira ubashe kumenya vyinshi kurico kinini ca Pilule du lendemain ou 72heures.
#magazine
#santé
#television
#education
#ubumenyi
Переглядів: 1 179

Відео

"Comédie dukina turuhura abantu barushe ku mutima no mu mutwe// Stress ziri ubwoko bwinshi
Переглядів 14619 годин тому
MagazineSanteBurundiTV Uyu musi twarabiye hamwe uruhara rwa Comédie mu gufasha kuruhura umuntu mu mutwe muri stress za misi yose n'ukwo twozirinda. Wipfuza kumenya vyinshi ku bijanye n'amagara y'abantu fyonda s'abonner kugira wibere uwa mbere mu gukurikirana ibiganiro vyacu. #Comédie​ #Raoul​ le comedien #Magazine​ Santé BURUNDI 🇧🇮 #UBUMENYI​ KU MAGARA YACU #Television​ ya MAGARA MEZA
Raoul le Comedien ati Comedie irashobora kuvura ububabare bwo ku mubiri bukagabanuka! Bigenda gute?
Переглядів 59914 днів тому
‎@MagazineSanteBurundiTV Uyu musi twarabiye hamwe uruhara rwa Comédie mu gufasha kuruhura umuntu mu mutwe muri stress za misi yose n'ukwo twozirinda. Wipfuza kumenya vyinshi ku bijanye n'amagara y'abantu fyonda s'abonner kugira wibere uwa mbere mu gukurikirana ibiganiro vyacu. #Comédie #Raoul le comedien #Magazine Santé BURUNDI 🇧🇮 #UBUMENYI KU MAGARA YACU #Television ya MAGARA MEZA
⛔️Waruziko Cancer y'ibere ishobora kwica? Mbega Iravugwa Igakira? Waruziko n'abagabo bayirwara?
Переглядів 36921 день тому
@MagazineSanteBurundiTV Twabateguriye ikiganiro ca Cancer y'ibere kuko turangije ukwezi kw'icumi kwahariwe iyo Cancer. Twize vyinshi bidasanzwe kuriyo ndwara. Tubikurikirane. #Magazine sante Burundi TV #UBUMENYI KU MAGARA YACU #Television y'Amagara Meza Mwipfuza gukorana natwe duhamagare kuri 257 71472461(Whatsapp) canke 257 79 20 70 34(Whatsapp)
Mbega UMUGWAYI arashobora kugira ikibazo ndetse akitaba n' Imana kubera ko atafashijw nkuko bikwiye?
Переглядів 402Місяць тому
MAGAZINE SANTE BURUNDI TV Ibazaniye umwihwezo wayo wagize ahatandukanye mu mavuriro aho twagiye turaca ku bijanye no kwakirwa kw'abarwayi baba baje bitura ibitaro kanaka canke ivuriro ka naka. Harivyo twashimye kuko bikorwa neza harinivyo tutashimye twaneguye dusaba vyohinduka mu ntumbero nziza yo gufasha abarwayi baza batugana. Hari ivyo twashimikiyeko vyokorwa kugira mgo ibintu bihinduke. Vyi...
Indwara z'umutima ni nyinshi cane mu bantu,Dutahure iki?Hypertension s'indwara y'Umutima.
Переглядів 980Місяць тому
Mur'ino misi aho tubaye hari indwara nyinshi z'umutima! Woba wipfuza kumenya vyinshi kurizo ndwara kurikirana ikiganiro cose!!! Kurikirana MAGAZINE SANTE BURUNDI TV kugira umenye vyinshi ku bijanye n'amagara y'abantu. #MAGAZINE SANTE #TELEVISION y'Amagara ya Bantu #UBUMENYI ku magara yacu
🔴Kuber'iki abana bakunda gukama amaraso?Ingwara idasanzwe abana bavukana kandi bakurana
Переглядів 3322 місяці тому
La Drepanocytose ingwara yo gukama amaraso abana bavukana bakuye ku bavyeyi. Kurikirana ikiganiro cose kuriyi ngwara na Muganga Floride KANKINDI. #MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV #UBUMENYI KU MAGARA MEZA #TELEVISION YA MAGARA MEZA
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
Переглядів 2,5 тис.2 місяці тому
Mbega tuvuze UBUZIMA NDORA GITSINA wewe utahura iki? Kurikirana ibiganiro bidasanzwe twagiraniye na Apôtre sage femme Augustin HARUSHIMANA kugira umenye vyinshi ku buzima ndoragitsina. Ibiganiro mubishikirizwa na MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV// UBUMENYI KU MAGARA YACU// TELEVISION YA MAGARA MEZA Mufise iciyumviro canke ico mwoterera MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV twakure canke mutwandikire kuri 71472461...
Mbega burya abagabo nibo batera akajagari mu gihugu kuvyerekeye irwirirana ry'abantu?
Переглядів 2,4 тис.2 місяці тому
Mbega tuvuze UBUZIMA NDORA GITSINA wewe utahura iki? Kurikirana ibiganiro bidasanzwe twagiraniye na Apôtre sage femme Augustin HARUSHIMANA kugira umenye vyinshi ku buzima ndoragitsina. Ibiganiro mubishikirizwa na MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV// UBUMENYI KU MAGARA YACU// TELEVISION YA MAGARA MEZA Mufise iciyumviro canke ico mwoterera MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV twakure canke mutwandikire kuri 71472461...
🔴Umu sage femme nuwo wese abana n'umukenyezi canke agendana nawe/Abarundikazi ni beza baryosh kubana
Переглядів 5692 місяці тому
Mbega tuvuze UBUZIMA NDORA GITSINA wewe utahura iki? Kurikirana ibiganiro bidasanzwe twagiraniye na Apôtre sage femme Augustin HARUSHIMANA kugira umenye vyinshi ku buzima ndoragitsina. Ibiganiro mubishikirizwa na MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV// UBUMENYI KU MAGARA YACU// TELEVISION YA MAGARA MEZA Mufise iciyumviro canke ico mwoterera MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV twakure canke mutwandikire kuri 71472461...
🔴Cancer du col de l'uterus: Cancer frequent qui tue mais évitable/Un Cancer qui nous donne du temps
Переглядів 9623 місяці тому
Un Cancer du col de l'uterus c'est un Cancer qui est frequent dans les pays en voie de development comme le BURUNDI, Faisons nous dépister à temps car c'est un Cancer qui nous donne du temps mais la bonne nouvelle est que le dépistage est possible. Une emission "MAGAZINE SANTÉ " produite, realisée et présentée par la MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV/ Aout 2024 Pour plus d'infos appellez au 257 7147246...
Kugaburira umwana agikwiza amezi 6 si gupfa ivyo umuhaye//Mbega wotangura gute? Wotangurira kuki?
Переглядів 7403 місяці тому
Kurikirana MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV ku mbuga zayo zose kugira ubashe kumenya vyinshi ku magara y'abantu. Mwipfuza kudusangiza ubumenyi canke intahe, twandikire canke muduhamagare kuri 71472461
Amaberebere y'umuvyeyi s'ayo gusesa!!! Intahe idasanzwe y'umuvyeyi yonkeje amezi 6 ataco amuvangiye
Переглядів 6283 місяці тому
Mwaramutse canke Mwiriwe mwese mukurikiye MAGAZINE SANTÉ BURUNDI TV, zino nyigisho z'amagara y'abantu ziriko ziraca kuri MAGAZINE SANTE BURUNDI n'inyigisho ziriko zirafasha abatari bake vuba tugiye kubashikiriza ibindi biganiro vyinshi bifatiye ku zindi ngwara. Twagire tubasabe mubandanye mufyonda irya nkengeri ya s'abonner ou subscribe kugira ngo ntihagire ikiganiro kigucika. Woba wipfuza gusa...
Kwonsa umwana akivuka amezi atandatu ataco umuvangiye //Intahe idasanzwe ya Dr Lyse Rama
Переглядів 1,4 тис.4 місяці тому
Kwonsa umwana akivuka amezi atandatu ataco umuvangiye //Intahe idasanzwe ya Dr Lyse Rama
Ni ryari umukenyezi yibungenze yopimisha imbanyi yiwe?
Переглядів 7544 місяці тому
Ni ryari umukenyezi yibungenze yopimisha imbanyi yiwe?
Magazine sante Burundi Tv tubazaniye ibiganiro vy'amagara y'abantu//fyonda SUBSCRIBE umenye vyinshi
Переглядів 7974 місяці тому
Magazine sante Burundi Tv tubazaniye ibiganiro vy'amagara y'abantu//fyonda SUBSCRIBE umenye vyinshi

КОМЕНТАРІ

  • @larissaininahazwe9493
    @larissaininahazwe9493 Годину тому

    @Magazine santé: iyo muriko murategura ikiganiro, ni ngombwa ko namwe mugira recherches zanyu, gutyo mukamenya un peu sur le sujet muza kuganirako m’umutumire wanyu. Uyo mutumire wanyu yavuze ibintu vyinshi atarivyo. Iyaba namwe mwari bien préparés sur le sujet, mwari gushobora kumubaza ibibazo nkoramutima. Mwibuke ko hari benshi babakurikirana et vous avez la responsabilité de bien informer votre audience - surtout la jeunesse 🇧🇮. Iyo mukoresha juste un peu na “Google “, mwari kuronka bcq d’info avec des sources fiables kuvyereke ico kinini “72heures”. Mwari mukwiye gukurako kino kiganiro. Hama mukazotegura ikindi kiganiro ciza kuri iyo sujet nyene avec des info fiables. Merci

  • @laptiteso7247
    @laptiteso7247 11 годин тому

    My God😮 Ni mugabanye ibisabisho muje kwiga... birateye ubwoba ignorance ingana uko😢

  • @viatniyu5027
    @viatniyu5027 16 годин тому

    Apporte sage femme 😂

  • @grettaalie512
    @grettaalie512 День тому

    Burya ayomashure wayizehe?ushobor kuvug ibintu bitari n'a prouve scientifiquement turasavye dushimitse icokiganiro gifutwe kuko nibintu vyavuzwe hatisunzwe amategeko

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj День тому

    Futa ico kiganiro mwa bantu mwe muzosbire mugitegure neza murondere n-umutumire muzima mureke kwiha ibara😂😂

  • @ArianeIngabire-wh6yj
    @ArianeIngabire-wh6yj День тому

    Wa mu sage-femme we wize he?ubeshe izuba riva kweli?😂😂

  • @ezechielnijimbere3504
    @ezechielnijimbere3504 День тому

    Nibaz calcification Sage femme nibaza siyo ufise , Urumudandaza cnk plombier 😂

  • @ezechielnijimbere3504
    @ezechielnijimbere3504 День тому

    Ivyo wavyiz muwakangahe, Aho uratubeshe kiretse woba wize wenyene 😊

  • @Lovertana
    @Lovertana День тому

    Birababaje kubona umuganga nkawe avuga amakuru atatahuje neza Iyo pillile ushobora kuyifata mugihe cyose ushaka ariko ntiyakoreshwa nkuburyo bwo kwirinda gusama buhoraho Kuba yatera ingaruka byo ninkiyindi miti yose iyo ikoreshejwe cyane itera ingaruka Rubyiruko , ibi nibutume mwishora mubusambanyi ababishoboye mwifate abatabishoboye mukoreshe agakingirizo ntagaruka gatera .

  • @OrnellaMugisha-nx1dc
    @OrnellaMugisha-nx1dc День тому

    Ndagushigikiye cane.abana babigeme barabikoresha cane kandi kurugero runini.ukuri kurababaz

  • @ezechielniyonsavye
    @ezechielniyonsavye День тому

    Ico kiganiro kirimwo ububeshi bwinshi. Umutumire wanyu yavuze nkumu apôtre aho kuvuga nkumuhinga. Vyiza mwokwegera abahinga batagira aho begamiye cane cane murivyo vyo kwemera. Cet apôtre est un grand faux lanceur d'alerte.

  • @SIBOMANAAudifax
    @SIBOMANAAudifax День тому

    Vyoba vyiza ko umuntu atanga ikiganiro yagiteguye neza apana kuvuga du n'importe quoi! Surtout quand il s'agit des sujets scientifiques qui passent par des réseaux sociaux.

  • @SIBOMANAAudifax
    @SIBOMANAAudifax День тому

    Humm

  • @elvisrwamu
    @elvisrwamu День тому

    Je suis désolé... Gukebura abantu ni vyiza... Ariko kubesha navyo si vyiza... Ntivyakorewe abafashwe kunguvu... Hama ivyo harimwo sensationnalisme bica bipfa...

  • @nadiaseif
    @nadiaseif 2 дні тому

    Ikiganiro ciza cane yemwe turize kabisaa

  • @EmelyneKAMIKAZI-k3y
    @EmelyneKAMIKAZI-k3y 2 дні тому

    😂 nihatari twarumiwe

  • @Kaneza825
    @Kaneza825 2 дні тому

    Murabambere 😂😂

  • @DonatienNDIKUMASABO
    @DonatienNDIKUMASABO 2 дні тому

    Ikiganiro ciza cane izofasha urwaruka

  • @Cla257
    @Cla257 2 дні тому

    Hama comme suggestion,iy pillule du lendemain iri moins cher boyihagarika kuyidandaza mu ma pharmacie hakaguma iyo izimvye yo ngira ntiboyihurumbira cane

  • @Cla257
    @Cla257 2 дні тому

    Hama comme suggestion,iy pillule du lendemain iri moins cher boyihagarika kuyidandaza mu ma pharmacie hakaguma iyo izimvye yo ngira ntiboyihurumbira cane

  • @Cla257
    @Cla257 2 дні тому

    Hello,noe naho Abo bakobwa boba ibijuju gute yonywa pillule gatatu ku musi gute azi ko ikora pendant 72h?

    • @AlineMuhoza-r6d
      @AlineMuhoza-r6d 2 дні тому

      Harya satani numuja,bobo naho zoba 10 bozinwa kuko ntibaba bibukako ingaruka mbi ziri inyuma kuko bibazako kudasama arivyo bituma baguma bakiri jeune😂😂bakibagirako munyuma bazipfuza niyikoroka babure,nirenganira 🧛🤹

  • @godelièveHATUNGIMANA-l7l
    @godelièveHATUNGIMANA-l7l 7 днів тому

    Hahaha

  • @NibitangaMadeleine
    @NibitangaMadeleine 7 днів тому

    Muvuze aharaho😂😂😂😂

  • @NibitangaMadeleine
    @NibitangaMadeleine 7 днів тому

    Mubandany kudukebura

  • @NibitangaMadeleine
    @NibitangaMadeleine 7 днів тому

    Nivyo stress urashobora kuyikingira wewe nyene ico ndagishigikiye

  • @GermanyTv23
    @GermanyTv23 7 днів тому

    Good show

  • @bukeyenezafabrice7207
    @bukeyenezafabrice7207 8 днів тому

    Want bilisi Jesus Jesus,😂😂😂 sengi limited, coolest

  • @CyprienNyandwi-g6q
    @CyprienNyandwi-g6q 10 днів тому

    Ngo muganga Raoul😅😅😅

  • @annicknice7988
    @annicknice7988 14 днів тому

    Gusa ntimwar kuguma mutwenga à voir sujet ingene imeze😮 Munatuangushaa Divin

  • @annicknice7988
    @annicknice7988 14 днів тому

  • @ZabibuNTAKARUTIMANA
    @ZabibuNTAKARUTIMANA 16 днів тому

    Ngo muganga😂😂😂😂😂😂

  • @ZabibuNTAKARUTIMANA
    @ZabibuNTAKARUTIMANA 16 днів тому

    Raoul ivyo vya ma stress wavyize hehe?

  • @suaviskanyamuneza7697
    @suaviskanyamuneza7697 17 днів тому

    Ndatwenze ndapfuye😂

  • @BernardineNizigiyimana
    @BernardineNizigiyimana 17 днів тому

    Raoul hariho ivyo yagiye aratubesha😂

  • @BernardineNizigiyimana
    @BernardineNizigiyimana 17 днів тому

    Hahaha Raoul uratwishe

  • @NIBIGIRANadine
    @NIBIGIRANadine 17 днів тому

    Ikiganiro niciza

  • @NihagazeGuySteven
    @NihagazeGuySteven 18 днів тому

    Suavis courage na divin 🙏🙏🙏

  • @casoartv
    @casoartv 20 днів тому

    Courage courage

  • @SadatMobile-kz6ft
    @SadatMobile-kz6ft 22 дні тому

    ❤❤❤❤komera

  • @GiseleMunezero-en2rk
    @GiseleMunezero-en2rk 22 дні тому

    Ibiganiro vyanyu birafasha courage cane

  • @AlineMuhoza-r6d
    @AlineMuhoza-r6d 23 дні тому

    Ikiganiro c,ingirakamaro cane.none komwatubwiyeko umukenyezi 1 kuri 12 arwaye cancer yibere,abagabo nabo boba bangana gute?

  • @annicknice7988
    @annicknice7988 23 дні тому

    Go ahead suavis Thx for presentation

  • @divinniyomukiza9571
    @divinniyomukiza9571 23 дні тому

    Ikiganiro kidasanzwe

  • @GloriaIrakoze-w4s
    @GloriaIrakoze-w4s 23 дні тому

    Courage Emelyne❤

  • @christabella5685
    @christabella5685 24 дні тому

    Merci ma marraine.iyonyigisho niyokweri.murakoze cane

  • @cherubinshingiro8417
    @cherubinshingiro8417 24 дні тому

    Ubutame bwawe subwubusa courage Maman light

  • @Midwife257
    @Midwife257 24 дні тому

    well done

  • @CyprienNyandwi-g6q
    @CyprienNyandwi-g6q 24 дні тому

    Ikiganiro ciza cane

  • @EmelyneKAMIKAZI-k3y
    @EmelyneKAMIKAZI-k3y 26 днів тому

    Imana ibashoboze gushikana ijwi Kure !kwakira umurwayi neza ni soin itagurira zose!

  • @EmerusengeEmelyne-b2y
    @EmerusengeEmelyne-b2y 27 днів тому

    Courag sua