- 167
- 18 026
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
Приєднався 29 сер 2024
Chaine yanyu icako intahe,imburi ,ubutumwa bwiza n'ibindi biganiro mfasha mukristo murugendo ruja mw'ijuru
Відео
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA EP8//ITANGURIRO IGICE CA 8 INGEN'UWUZURE MWAKAMYE
Переглядів 2619 годин тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
Amateka ya LOS ANGELES Umuji wa USA Uriko utikizwa n'umuriro ubu EP2
Переглядів 110День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
TUMENYE UKURI EP2//TUMENYE UKURI NIKO KUZOTUGIIRA ABIDEGEMVYA
Переглядів 12День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
Amateka ya LOS ANGELES Umuji wa USA Uriko utikizwa n'umuriro ubu// EP1
Переглядів 171День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA EP7//ITANGURIRO 7:1-24//INGENE ISI YARENGEWE N'AMAZI
Переглядів 7День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA EP6// ITANGURIRO 6:1-22 //UKW'INGESO Z'ABANTU ZONONEKAYE MW'ISI
Переглядів 7День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
TUMENYE UKURI EP1.// IKIGANIRO KIDUFASHA KUMENYA UKURI KWIVYO TUBAYEMWO
Переглядів 32День тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA EP5// IKIGANIRO KIDUTUMIRIRA GUKUNDA NOGUSOMA BIBILIYA IJAMBO RY'IMANA
Переглядів 314 днів тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
IMBURI IMBURI KUMUNTU WESE ABA KWISI IBI UVYUMVE WITONZE//BIRATURABA TWESE ABAKURU NABATO
Переглядів 31414 днів тому
INTAHE NGIRAKAMARO TV1
ITEGURE YESU ARAJE EP28// NDAYIZEYE ALBERT
Переглядів 1,2 тис.21 день тому
ITEGURE YESU ARAJE EP28// NDAYIZEYE ALBERT
ITEGURE YESU ARAJE EP25// NDAYIZEYE ALBERT
Переглядів 2821 день тому
ITEGURE YESU ARAJE EP25// NDAYIZEYE ALBERT
YESU ARARIRA KUBERA IVYAHA VYABO MWISI//BY ELIE//INDIRIMBO NZIZA CANE
Переглядів 6221 день тому
YESU ARARIRA KUBERA IVYAHA VYABO MWISI//BY ELIE//INDIRIMBO NZIZA CANE
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA// IKIGANIRO DUTEGURIRWA N'URUGANDA RW'INTAHE NGIRAKAMARO TV1
Переглядів 4921 день тому
DUKUNDE KANDI DUSOME BIBILIYA// IKIGANIRO DUTEGURIRWA N'URUGANDA RW'INTAHE NGIRAKAMARO TV1
ITEGURE YESU ARAJE EP23//ABAHEMUKA ATA NYANDURUKO //ALBERT
Переглядів 2021 день тому
ITEGURE YESU ARAJE EP23//ABAHEMUKA ATA NYANDURUKO //ALBERT
NTAJAMBO RIVA KU MANA NGO RIBURE UBUBASHA// PASTEUR DIEUDONNE
Переглядів 145Місяць тому
NTAJAMBO RIVA KU MANA NGO RIBURE UBUBASHA// PASTEUR DIEUDONNE
EWE SIYONI NIPFUZA KUGUSHIKIRA//BY NIMFASHA FABRICE
Переглядів 42Місяць тому
EWE SIYONI NIPFUZA KUGUSHIKIRA//BY NIMFASHA FABRICE
INTAHE YOSE YOSE YA BALTHELMIE//YESU AKURA KURE PE//IYI NTAHE IRATANGAJE MBEGA KWUVIRA WE
Переглядів 84Місяць тому
INTAHE YOSE YOSE YA BALTHELMIE//YESU AKURA KURE PE//IYI NTAHE IRATANGAJE MBEGA KWUVIRA WE
NI MUVYUKE KURWANA MWANTORE Z'UMWAMI//KANTIKE YA 201// ELIE
Переглядів 67Місяць тому
NI MUVYUKE KURWANA MWANTORE Z'UMWAMI//KANTIKE YA 201// ELIE
IMANUWELI ,IMANA IRIKUMWE NATWE CHORALE YAMBERE Y'IMWARO//INDIRIMBO NZIIIZA CANE
Переглядів 15Місяць тому
IMANUWELI ,IMANA IRIKUMWE NATWE CHORALE YAMBERE Y'IMWARO//INDIRIMBO NZIIIZA CANE
Imana ihezagire umukozi wayo
Uko n'ukuri
IMBURIIIIIIIII IMBURI IIIIIIIII IMBURI !!!!!!!!!!!!!!!!!!!! IKOMEYEEEEEEEEEEEEE CAAAAAAAAAAAAAAAANEEEEEEEEEEEEEEE GOOOOOOOOOOOOOSEEEEEEEEEEEEEEEEEEE !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
HALLELLUAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZEEEEEEEEEE CAAAAAAAAANEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE GOOOOOOOOOOOSEEEEEEEEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Amen
Mbega wewe harya umwana wawe akosheje woca umwica? Nimba utomwica nikuki ubeshera Imana ngo izokwica abo yacunguje amaraso y'umwana wayo? None abo barongozi uvuga bakoze nabi si sekibi yabibakoresheje ? None ntizi ivyo yakoze kugira ice ibivuvisha abantu nkawe yiyise Imana none aho urazi ko ari sekibi yiyise Imana ikavugisha abantu ibibi igiye kugora shishoza muvukanyi umenye Imana y'ukuri niyitariyo kandi umenye imbabazi z'Imana ko zirenze ubwenge bwacu ngusubire kwigera hejuru wita Imana y'ukuri ko ari ruburakigongwe
IMBURI!!!!!!!!!!!! IMBURI!!!!!!!!!!!! IMBURI!!!!!!!!!!!!!!!!!! IKOMEYE CAAAAAAAAAANEEEEEEEEEEEEE GOOOOOOOOOOOSEEEEEEEEEEEEEEEEEEE!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
HALLELLUAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAA HALLELLUAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAAA URAKOZE CAAAAAAAAAAAAAANEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEEE GOOOOOOOOOOOSEEEEEEEEEEEEEEEEE YESU CHRISTO!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
Be blessed pastor
watching from Kenya
Ub
Amen
Amen
❤❤❤
Mukomere
Amen
Amen
Mana dushob oze kub kur yumubiri udakizwa
Yesu abahezagire
Murakoze caaane
Hanyuma turabashimiye intambwe mugezeko mugukwiza ubutumwa bwiza.biciye kumboneshakure yanyu ariyo yacu .lntahe ngirakamaro tv
Aho hanyuma handitswe KO hari ikabara.ariko umungo hitwa ikabera.ngirango mwarihenze
Mukomerecane mugakiza
Ajavahe agiyehe gukoriki?
Ooh Haleluya😅
Bien aimé FABRINE HAZIMANA JE T ENCOURAGE .KANDI IGISHINGANTAHE CAWE KIMPAYE IYINDI MBONO NDAFASHIJWE NDANEZEREWE KO NTARI UMWE .IMANA IGUHEZAGIIIIIIIIIIIRE UMBAYE KURE NAKUGUMBIRA YESU NTAZOKOZISONI ABANTU BAFISE IMIGABO NKIYI KANDI TUZOHUMIRA IBISIGO NDABARAHIYE .NANJE IYI NDAHE NDAYISENGEYE ISHISHIKARE GUHUMI 30:14 RA UBWAMI BWA SATANI IZANE IMITIMA.KURI YESU TEEEEEKELEBOOOO LORD MEYISA JEHOVAH .AMEN
Amen nivyukuri iherezo nikintu ciza cane
Good good
wewe kl ico ntavuze lmana niyo ikizi kiri kumutima wanj nokubwira lmana niyo ikizi
N'IMANA N'IMANA yemwe ntitwihenze ivyo vyose yabidukoreye ataco dutanze atari Ubuntu bwayo nurukundo rwayo gusa
Imana ishishikare kugukomeza nokugukoresha Ivyinkomezi
Yesu abahe umugisha
UBUTUMWA NGIRAKAMARO
YESU ABAAHEZAGIRE MWESE BAKUNZI BINTAHE NGIRAKAMARO TV1 TURAHARI KGIRA DUFASHANYE MURUGENDO RUJA MWIJURU ICO NICO KITURAJE ISHINGA KO ABANTU TWOKWIHANA IVYAHA TURI BENSHI TUKAZOJA MWIJURU NTAYINDI NTUMBERO DUFISE ATARI IYO YESU ABAHZAGIRE CANE BAKUNZI BA KRISTO YESU
Turashimishwa nubutumwa mudusangiza
Imana yarakoze kubaha TV
Abo muntahe ngirakamaro.muhezagigwe
Mwaramutse neza bakozi b.lmana.
❤
IMANA IBISHIMIRWE
IMANA ivuze ngo baho urabaho ijambo RY'IMANA rirarema
Tuzonesha naho abenshi bariko barananirwa kuko twisunze YESU
Imana iguyezagire
Imana iguhezagire
Urakoze mukozi w'Imana
Amen
IMANA Ihezagire Intahe NGIRAKAMARO
YESU abahezagire IMANA YACU N'UMWIZIRWA
Mpwemu w'Imana akomeze kuguhishurira nibindi mukozi w'Imana
C'est bien
Baracitiranya chaine 😢
Wow very good,intahe ngirakamaro muhezagirwe ko tugeze Ku youtube