- 16
- 18 759
FRAEV Burundi
Приєднався 22 бер 2018
Intahe ya Enock Ndagijimana I Imana irumva amasengesho kandi igatabara abayambaje
Enock aratubwira ukuntu yari mu bihe bigoye, maze asenga Uhoraho Imana nayo iramwumva mu buryo butangaje kandi imwishura mu buryo butangaye nyene
Переглядів: 87
Відео
Imana yadukijije ngo tuyikorere mw'isi turorereye ijuru / FRAEV mu gikorane i Bururi, le 5 02 2017
Переглядів 2844 роки тому
Jesus redeemed us back to God so as we may serve the Lord while awaiting the rupture
Nta wakoreye Imana yigeze ahomba
Переглядів 3475 років тому
No God's servant has ever labored in vain. No one has regretted after. No one will
Haleluya oh Haleluya by FRAEV
Переглядів 1 тис.5 років тому
Haleluya oh haleluya Haleluya oh haleluya Haleluya oh shimwa Mana Shimwa Yesu shimwa Mpwemu Yera Iyi si dutuyemwo irahindagurika n'abayibako bose barahinduka Arik'Umwami Yesu twizigiye ntabw'ahinduka yam'ar'umwizigirwa. Uko yar'ejo n'ubu nikw'akiri nikw'azohora ibihe vyose N’Iman'ihor'ic'imanza ziroranye eka n’Imana itiger'isinzira N’Iman'ihor'ic'imanza ziroranye eka n’Imana itiger'isinzira Ncu...
Uhore hafi yanje by FRAEV
Переглядів 1,3 тис.5 років тому
Uhore hafi yanje ewe Mana nziza Urugendo turimwo erega ruragoye Satan’arakomeje kand’amajwi ni menshi Agum’ambwira yuko ntazomar’urugendo (X2) Twaman’imisi yose y’ukubaho kwanje Kugira nze nshobore Kurangiz’urugendo Sinoshobora nd’umwe kunesh’izi ntambara Umber’umugabisha ni ho nzokwama ntsinda (X2) Wewe ur’Imana y’agakiza kanje Wewe ur’isoko y’inkomezi zanje Abakwizigiye bameze nka Siyoni Utaz...
Itege kugirirwa neza nawe! Fraternité d'Evangélisation-FRAEV
Переглядів 6115 років тому
Itege kugirirwa neza nawe! Fraternité d'Evangélisation-FRAEV
ITEGE KUGIRIRWA NEZA NAWE bY Fraternité d'Evangélisation-FRAEV
Переглядів 2855 років тому
God has done good to me and to many others. Trust in Him and obey his commands You will find joy and satisfaction in Him
Ntukizigire umwana w'umuntu par Fraternité d'Evangélisation (FRAEV)
Переглядів 2,8 тис.6 років тому
Ntukizigire Umwana w'umuntu canke ivyo mw'si, kuko vyose bishira vuba cane, ahubwo wizigire Uhoraho n'umutima wawe wose
Nzomubona de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 1,5 тис.6 років тому
Nzomubona Yesu
Yosefu Yosefu de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 2,4 тис.6 років тому
Yosefu ubwa mbere yanyegejwe igihe c'amezi atatu Ubwa kabiriabesherwa na muka Potifari Ubwa gatatu yinjizwa mw'ibohero ariko n'iyo yari inzira yo kuba nyen'icubahiro
Itege kugirirwa neza nawe de Fraternité d'Evangélisation (FRAEV) par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 2,4 тис.6 років тому
Ivyo yakoreye ku kidengeri i Betesida Yakijije wa munt’amaz’imyak’itatu n’umunani Yarazuye Lazar’amaz’imis’in’ari mu mva Ivyawe arabishoboy’itege kugirirwa neza nawe Mana yera uri mw’ijuru n’isezerano ryawe watanze Kw’abakoranye mw’izina ryaweuzobahezagira n’uduhezagire Mana yera wewe uri mw’ijuru n’isezerano wahay’abigishwa bawe Ngo ni bakorana mw’izina ryawe uzobahezagira natwe n’uduhezagire ...
I Gologota de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 1,2 тис.6 років тому
Sinzibagir'i gologota Hamwe Yesu wampfira Wakubiswe inkoni nyinshi Uvumw'amate n'abo waremye. Wambitsw'urugori rw'amahwa Bakubamba ku giti, Rya cumu ryo mu rubavu, Warondera jewe mwami. Twaragiriw'ubuntu Ku bwitange bwawe Yesu, Twarahariw'ivyaha vyacu Kubw'amaraso wavuye, Ntanz'ubugingo bwanje Mb'uwawe mwami mb'uwawe None ni kuki wiganyira, Wihebuy'unaniwe, Wibagiye ko wacunguwe, N'umwami wacu ...
Hariho Imana twamenye de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 2,4 тис.6 років тому
Ingo dushime twigine iyo Mana yacu Yaduhamagaye tutari tubikwiriye ingo
Haleluya de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 3496 років тому
Haleluya de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Hakurya y'ingorane de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Переглядів 9086 років тому
Hakurya y'ingorane de Fraternité d'Evangélisation par sa chorale Iriba ryo Gusemerera
Erega Imana Ntigabitanya by FRAEV's choir Ijwi ryo Gusemerera
Переглядів 1 тис.6 років тому
Erega Imana Ntigabitanya by FRAEV's choir Ijwi ryo Gusemerera