- 24
- 59 992
AFRIGFA Tv🎬
United States
Приєднався 31 гру 2022
Afrigfa TV numurwi ukina ama lelesi. Usabwa gukora s'abonner ugateramana natwe.
YAHUKANYE KUBERA MAMAN WIWE
UMUVYEYI NIKIRUMARA MUBUZIMA BWA MUNTU. ARIKO ASHOBORA KANDI NOKUBA INTANDARO YUKWAHUKANA. RABA IRI BARA KUMUTEMERE KUYU MUGORE NAWE UVUGE KO WOMWIHANGANIRA. KORA S'ABONNER KURI CHQINE YACU WAME WITERAMIRA
Переглядів: 372
Відео
MUSAZA WUMUGENI WIKIGABA
Переглядів 207Місяць тому
MANDELA WA 200 INZARA IHATSWE KUMWICA KUBERA GUSUZUGURA AKAZI NONE ARAKIPFUJE
IMVUKANE EPISODDE 3
Переглядів 8482 місяці тому
MUKA PAPA MICHOU AGONGANYE NA MICHOU, KETHIA YANSE GUKORANA NA MICHOU AHITAMWO GUKORANA NA MUKASE YANKA MUKURUWE. YIRABE UYISANGIZE ABANDI. UWOGIRA ICO ATERERA HABA MUVYUBURYO CANKE IVYIYUMVIRO YOTURONDERA: Gmail : afrigfatv@gmail.com Facebook : Page Afrigfa tv WhatsApp : 257 62 409 371
IMVUKANE EPISODE2
Переглядів 1,3 тис.3 місяці тому
NAOMIE YARAKUZE AKURA ATAZI CHAMA IYARI NONE BAGONGANIYE MURI BUSINESS BATAZINANYE
IMVUKANE SERIES EPISODE 1
Переглядів 1,5 тис.4 місяці тому
IMVUKANE NI FILM YATEGUWE NGO YIGISHE BURI MUNTU, ABATO NABAKUZE. ABAVYEYI BAMWEBAMWE BARASHOBORA GUKWEGERA ABANA BABO. YIRABE UYISANGIZE ABANDI. UWOGIRA ICO ATERERA HABA MUVYUBURYO CANKE IVYIYUMVIRO YOTURONDERA: Gmail : afrigfatv@gmail.com Facebook : Page Afrigfa tv WhatsApp : 257 62 409 371
IMFURA Y'INTWARI FULL MOVIE
Переглядів 2,2 тис.7 місяців тому
RABA UKO IMFURA YAVYIFASHEMWO MURI BATOYI BIWE MUGIHE ABAVYEYI BATARI HAFI YIRABE UNAYISANGIZE ABANDI HARI ICO MWOBAZA CANKE MWOKWUNGANIRA TURAHARI KURI GMAIL afrigfatv@gmail.com wp: 62409371
Video utokwirengagiza : Amajambo y'inkoramutima y''umugabo mumutego w'urwanko rw'umugore na inabukwe
Переглядів 40711 місяців тому
Video yokugirira ikimazi, amajambo akomeye yavuzwe n'umugabo yavuze amajambo y'inkoramutima inyuma yo kurwa mumutego w'urwank rw'umukazana na inabukwe.
Intore canke inera, umugabo azira kwemera ko urugo ari babiri
Переглядів 465Рік тому
Intore canke inera, video yerekana uko abagabo badafasha abagore babo baba biyumvira abandi. Kurikirana @afrigfatv kumbuga zose.
IKURA KUCAVU FINAL
Переглядів 3,5 тис.Рік тому
Raba igice ccanyuma c'ireresi IKURA KU CAVU mwateguriwe na @afrigfatv . Iyi reresi irimwo impanuro nyinshi n'inyigisho. Raba uko Imana ikura ku cavu ikakwicarikana n'abakomeye. Mwibuke kugira abonnez-vous kuri @afrigfatv Mwarakoze kubana natwe mw; ino film, ibindi bikorwa tugumizako. Mushobora kudukurikirana kuri Facebook muciye kuri afrigfatv . Intererano canke mwipfuza kuduhamaga...
UMUKOBWA YAHOZE AKINA AMANYANGA KUBAHUNGU AZA GUSHIKIRWA N'IVYAGO
Переглядів 1,1 тис.Рік тому
Guca inyuma uwo mwubakanye bikugirako ingaruka. Raba amareresi ya @afrigfatv arimwo impanuro kuri facebook ns UA-cam,. Igice c'8 c'ireresi Ikura Kucavu kiri hafi
UMUGORE YAFASHWE ASAMBANA N'UWUNDI MUGABO
Переглядів 1,6 тис.Рік тому
Guca inyuma uwo mwubakanye bikugirako ingaruka. Raba amareresi ya @afrigfatv arimwo impanuro kuri facebook ns UA-cam,. Igice c'8 c'ireresi Ikura Kucavu kiri hafi
AFRIGFA TV : IKURA KUCAVU EPISODE 7 FILM BURUNDAIS
Переглядів 3 тис.Рік тому
Raba igice c'indwi c'ireresi IKURA KU CAVU mwateguriwe na @afrigfatv . Iyi reresi irimwo impanuro nyinshi n'inyigisho. Raba uko Imana ikura ku cavu ikakwicarikana n'abakomeye. Mwibuke kugira abonnez-vous kuri @afrigfatv igice c'8 kiri hafi. Mushobora kudukurikirana kuri Facebook muciye kuri afrigfatv . Intererano canke mwipfuza kuduhamagara numero ni 25761007541 canke kuri e-mail a...
AFRIGFA TV : IKURA KUCAVU PARTIE 6 FILM BURUNDAIS
Переглядів 2,9 тис.Рік тому
Raba igice ca gatandatu c'ireresi IKURA KU CAVU mwateguriwe na @afrigfatv . Iyi reresi irimwo impanuro nyinshi n'inyigisho. Raba uko Imana ikura ku cavu ikakwicarikana n'abakomeye. Mwibuke kugira abonnez-vous kuri @afrigfatv igice c'7 kiri hafi. Mushobora kudukurikirana kuri Facebook muciye kuri afrigfatv . Intererano canke mwipfuza kuduhamagara numero ni 25761007541 canke kuri e-m...
Impanuro mugakino na AFRIGFA, Part 6 IKURA KUCAVU iraje vuba
Переглядів 777Рік тому
Impanuro ikenewe mubuzima... PART 6 ya film IKYRA KUCAVU iri hafi. Gira subscribe kuri @afrigfatv
AFRIGFA TV : IKURA KUCAVU PARTIE 5 FILM BURUNDAIS
Переглядів 3,6 тис.Рік тому
Raba igice ca gatanu c'ireresi IKURA KU CAVU mwateguriwe na AFRIGFA TV. Iyi reresi irimwo impanuro nyinshi n'inyigisho. Raba uko Imana ikura ku cavu ikakwicarikana n'abakomeye. Mwibuke kugira abonnez-vous kuri @afrigfatv igice ca 6 kiri hafi. Mushobora kudukurikirana kuri Facebook muciye kuri afrigfatv . Intererano canke mwipfuza kuduhamagara numero ni 25761007541 canke kuri e-mail...
AFRIGFA TV : IKURA KUCAVU PARTIE 4 FILM BURUNDAIS
Переглядів 4,4 тис.Рік тому
AFRIGFA TV : IKURA KUCAVU PARTIE 4 FILM BURUNDAIS
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU PART 3 FILM BURUNDAIS
Переглядів 4,6 тис.Рік тому
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU PART 3 FILM BURUNDAIS
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU PART 2 FILM BURUNDAIS
Переглядів 7 тис.Рік тому
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU PART 2 FILM BURUNDAIS
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU Part 1 BURUNDIAN MOVIE
Переглядів 11 тис.Рік тому
AFRIGFA TV: IKURA KUCAVU Part 1 BURUNDIAN MOVIE
Gukorora Inda Ninde wo kugira uruhara runini mu kubikinga?
Переглядів 1,7 тис.Рік тому
Gukorora Inda Ninde wo kugira uruhara runini mu kubikinga?
Vyamusavye kwigira ikimuga kugira Amenye ko yamukunda Koko.
Переглядів 2,3 тис.Рік тому
Vyamusavye kwigira ikimuga kugira Amenye ko yamukunda Koko.
kubwokwamira gusenga atitaho ivyurugo, raba ivyamushikiye.
Переглядів 1 тис.Рік тому
kubwokwamira gusenga atitaho ivyurugo, raba ivyamushikiye.
Kuvangana Mu RUKUNDO Vyabaye ingeso//Ibi bigushikiye wovyifatamwo gute?
Переглядів 3,4 тис.Рік тому
Kuvangana Mu RUKUNDO Vyabaye ingeso//Ibi bigushikiye wovyifatamwo gute?
🔥🔥🔥🔥🔥
🔥🔥🔥🔥🔥
Soso😃natahe aje gukuraa😂😂😂
Muratwubakaaaa Gusa nyene Leo Tutu ANSA na Soleil ☀️⛅
Courage vraiment très mignonne mes frères et soeurs Imana yivange mu buzima bwanyu niwo Mugisha mbipfurijye kugera kure hashoboka kurusha aho mugeze ubu imbere ni heza
Erega Tutu wiyibagije ko xatwaye umu star agumaj mubitaramo nogukora ama clip😂😂. Rer ucutekerez cank ukazan umukoz.😂😂😂
Shine for all
Ugwo rugo gwanyu namba ari mumuriro🔥🔥🔥🔥🤔🤔🤔
Mwakinye neza kbx. Mwubahwe. Knd umukama abaje imbere muze mushike kure cane hashobok.
Murantwengej cane Kandi muranryoheye cane
Muhe amakofe nkatatu azobiheba 😂😂😂😂
Emwe inzara yo murahuye😂😂😂
Jewe uwo mugore niwe nkeneye nzoza ndirira iyo nzoba ngeze hama ntaha inyuma y ukwezi
Mubikora neza batama n abatamakazi nkunda 😂😂😂😂😂😂😂
Iw nagufyin
Michou ndagukumbuye
Yooo 😂😂😂courage tutu❤❤
Ni maman yampenz😥😥🤣🤣aba maman bamez ukw kwa Michou vrt🙄😢😢😢
Courage 🎉 1:17
murungike ajiwabo ntarakura😂😂😂😂
Mwaramuhenze 😁😴
Ngo agirente ako kanyuma Niko kabi 😂😂😂😂
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 umugore wigifyine 😴
Courage bantu banje. Love from BURIKUKIYE TV
Raba ukore
Hhhh
Terimbere bagenzi🎉
Gito gitabwa iwabo.Aho nyene uwo mwonse rimwe waramumajije imisi ibiri utamugaburira?
Courage
Hahaha!! Mandella yabay ingayare kwl. N'umu star 🌟 ndak ntiyikorako.
😢🎉❤❤😅😅😅😅😅
Karantwengej😂
❤❤❤❤🎉
❤❤❤❤❤
Mbe abantu batagira impuhwe kumara imins barya batamuha? Gusa nyen baramukosoy
😂😂😂😂😂😂😂 Karateusa
ua-cam.com/video/bT207tulkOo/v-deo.htmlsi=yWF9RGJdx9tCyT1N
Courag
Everything's popin' good🤩
We deya... keep up the good work❤
Courage
Courage
Courage from IRA JOY TV SHOW
Vyiz caan my team
Courage💪
Muri mukazi kbx
Courage ndabona ibintu namavuta
❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Komeza
Juu sana 👊👊
Courage mukina neza mais zamurakinisha abavyeyi ba joua rôle yibintu ba vivant apana abana bigirabavyeyi ata look yabavyeyi bafise ibisigaye mukina neza courage kararyoshe Michou nawe namba shaka kurira naze ararira nyavyo apana kwidigadiga😂😂 murakoz
😂😂😂😂.
Neza cane