- 16
- 58 048
One Family In Jesus Ministry
Приєднався 19 вер 2015
Official channel of the One Family in Jesus Ministry Burundi🇧🇮
Tusikate tamaa-One Family in Jesus Ministry (Official video)
Song:Tusikate Tamara
Composer: Albert Rwarinda Jobba
Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba
Facebook: One-Family-I...
Instagram: onefamilychoir
Email: onefamilyinjesus123@gmail.com
Contact: +257 61 271 050
One Family in Jesus Choir is not for profit choir ministry affiliated to the Seventh day Adventist Church in Burundi.
Since 2010, we have only one mission to preach the good news of the kingdom of God through the gift of music.
#Burundi
#Rwanda
#Tanzania
#Ambassadors
#LightBerears
TO GOD BE THE GLORY
Amahoro ava ku Mwami abe kuri mwe masigarira y`Imana mwe
Nje muntumbero yo kubibutsa, kuberako ndazi nivyo murabizi ariko birashoboka tukaba twaribagiye, kp turi mubihe vyiherezo, vyarahanuwe ko hazobaho ibihe bigoye kandi bitey`ubwoba oooooh
Ref:Ubumwe nizo nkomezi bana b`Imana, dukeneye gusubira mur za nzira za kera, tugabe kandi dushikame dusengan`umwete nurukundo, iryo niro banga ryo gutsinda iyi ntambara, nintumwa zaratsinze kubw`amasengesho gusa, tudakoze ivyo tuzozimira shengero ry`Imana rya nyuma.
Vyukuri abantu biki gihe barikunda kandi bakunda namahera
Abandi bakunda ibibanezera gusumba uko bakund Imana, hari nabadakunda kwuzura, abahemuka, intumva nabirarira, abikakisha nabatukana,abadakunda ivyiza, nabatigarura, vyarahanuwe ko hazobaho ibihe bigoye kandi bitey`ubwoba oooooh
None ninde atabona ibiriko biba, ibiriko biba mu bantu b`Imana ooh birababaje
Gushwana ukutumvikana mw`ishengero kandi harabadashaka kwumva ivyo kwuzura, Satani afise intumbero yo kudutandukanya kandi tutagavye azobishikako, vyarahanuwe ko hazobaho ibihe bigoye kandi bitey`ubwoba, Masigarira

Переглядів: 4 544
Відео
SHIMWA YEHOVA-DVD3- ONE FAMILY CHOIR- 2020- official video
Переглядів 2,3 тис.4 роки тому
Song: SHIMWA YEHOVA Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro(Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Music Arrangement: Delphin Mathison Be sure to SUBSCRIBE, LIKE, SHARE and FOLLOW One Family in Jesus Senior Choir on this channel, but ALSO on UA-cam: m.ua-cam.com/channels/htM_q.html... Facebook: One-Family-I... Instagram: pB_l8yC fjXSp/? Email: o...
IBIKORA GUTE-ONE FAMILY IN JESUS SENIOR CHOIR-Official video-DVD3-2020
Переглядів 3,2 тис.4 роки тому
Song: IBIKORA GUTE? Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Music Arrangement: Delphin Mathison Be sure to SUBSCRIBE, LIKE, SHARE and FOLLOW One Family in Jesus Senior Choir on this channel, but ALSO on Facebook: One-Family-I... Instagram: onefamilychoir Email: onefamilyinjesus123@gmail.com Contact: 257 61 271 050 257 71...
TUMEITWA-ONE FAMILY IN JESUS CHOIR-Official video- DVD3 -2020
Переглядів 2 тис.4 роки тому
One Family In Jesus Choir Song: TUMEITWA Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Music Arrangement: Delphin Mathison Be sure to SUBSCRIBE, LIKE, SHARE and FOLLOW One Family in Jesus Senior Choir on this channel, but ALSO on Facebook: One-Family-I... Instagram: onefamilychoir Email: onefamilyinjesus123@gmail.com Contact: ...
URUGENDO-ONE FAMILY IN JESUS SENIOR CHOIR-DVD3-Official video
Переглядів 2,9 тис.4 роки тому
One Family In Jesus Choir Song: URUGENDO Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Music Arrangement: Delphin Mathison Be sure to SUBSCRIBE, LIKE, SHARE and FOLLOW One Family in Jesus Senior Choir on this channel, but ALSO on Facebook: One-Family-I... Instagram: onefamilychoir Email: onefamilyinjesus123@gmail.com Contact: ...
Dhoruba- One Family in Jesus Senior Choir- DVD3- Official video 2020
Переглядів 1,6 тис.4 роки тому
One Family In Jesus Choir Song: DHORUBA (Storm) Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Music Arrangement: Delphin Mathison Be sure to SUBSCRIBE, LIKE, SHARE and FOLLOW One Family in Jesus Senior Choir on this channel, but ALSO on Facebook: One-Family-I... Instagram: onefamilychoir Email: onefamilyinjesus123@gmail.com Co...
Imba tumsifu by One Family in Jesus Senior Choir
Переглядів 1,9 тис.4 роки тому
Song:Imba Tumsifu Composer: Albert Rwarinda Jobba Audio/Video: Eric Pro (Hope Studio) Vocal Arrangement: Rwarinda Jobba Facebook: One-Family-In-Jesus-Choir-OFIJC-1492832777657629/ Instagram: onefamiychoir Email: onefamilyinjesus123@gmail.com Contact: 257 61 271 050 257 71 386 424 One Family in Jesus Choir is not for profit choir ministry affiliated to the Seventh day Adventist Chur...
Ivyaduka-One family in Jesus Video Lyrics
Переглядів 7284 роки тому
#trending #ambassadorsOfChrist @ambassadorsofchrist
Igikino by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Переглядів 3,7 тис.8 років тому
Igikino by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Nta ncuti nka Yesu by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Переглядів 3,6 тис.8 років тому
Nta ncuti nka Yesu by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Uranyibuka YESU by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA-LACSDA CHURCH
Переглядів 2,8 тис.8 років тому
Uranyibuka YESU by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA-LACSDA CHURCH
Rudi zizini by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Переглядів 1,9 тис.8 років тому
Rudi zizini by ONE FAMILY IN JESUS CHOIR NYANZA LAC SDA CHURCH
Ku Rubibe by One Family In Jesus Choir Nyanza-lac SDA Church
Переглядів 4,6 тис.8 років тому
Ku Rubibe by One Family In Jesus Choir Nyanza-lac SDA Church
Amadini by One Family in Jesus Choir NYANZA-LAC SDA Church
Переглядів 10 тис.8 років тому
Amadini by One Family in Jesus Choir NYANZA-LAC SDA Church
Urupfu By One Family In Jesus Choir NYANZA-LAC SDA CHURCH
Переглядів 9 тис.8 років тому
Urupfu By One Family In Jesus Choir NYANZA-LAC SDA CHURCH
Uuuuuuù komeza ntimurambirwe
Komera kumurimo
Nyimbo nzuri sana❤
Iherezo ryiza bagenzi !! Vyukuri satani azobahombe mwizina rya yesu! Ndasenze!
Ndabakundaaaa
Muvuga yesu neza azobamper iherezo ryiza kubutame bwanyu ntaciza coruta ivyo mbifurij pe👏👏
❤❤❤
Murashoboye Imana ibongere vyishi mukwizera nibitunga iryango
Nukuri pe icyubahiro gushimwa n'iby'Imana ishobora byose Imana ibakomeze mumurimo bavandimwe bajye ndabakunda cyane 🙏🙏♥️♥️♥️♥️
🙏🙏🙏🥰🥰🇧🇮🇧🇮
Amen
God bless you all my family
Hallelujah hallelujah
Mubari kiwe
Amen Amen
Murakoze beza bacuuu j ndabakunda
Ubu butumwa burakwiye kuduhindura kabisa
Nice song bantu b'Imana
be blessed welcome in tz
Mu fav song🎉🎉🎉🎉
Uwitwa peter ndagukeje ukomeze ncuti ivy'amadini vyarayangaye
Ndagukunze wangu kandi ndakwibuka sha, wewe utera iyi ndirimbo brother
More energy
Amen
Amina merci
Good
Neza cyane
Amen
Amen
Amen
Turagakumbuye akakaririmbo
Good
ohh burundians!!!!!✌
Be blessed from 🇹🇿🇹🇿
Be blessed from tz
Be blessed
Amen
Mubandanyumurimo,turabakundacaneeeeamen
Turabumva,mikomere,kumurimowandiho
Amen
BIG up
Amen...indeed all is vanity
Nice song be blessed
🥰
Keep growing.
be blessed
mukomeze
muhezagirwe cane
Be blessed for this song
lmana ikomeze kubakomeza no kubaja imbere turabakunda natwe