Chorale Sayuni Bdi
Chorale Sayuni Bdi
  • 8
  • 14 524
Ni Ubusa Gusa - Chorale Sayuni
Follow Chorale Sayuni at:
Facebook : sayuni.chorale
Instagram : sayuni_chorale
TikTok : www.tiktok.com/@chorale.sayuni
Contact :
E-mail : choralesayuni626@gmail.com
Ni Ubusa Gusa - Lyrics
------------------------
1. Mpora nibaza,
Ku buzima,
Tubayeho,
Mur'iy'isi,
N'igihe gito,
Nkic'amashurwe, Yuma ku misozi yakiwe n'izuba.
Tukabaho,
Tuguwe neza,
Ahandi naho,
Tunanijwe,
Hanyuma y'ivyo, tukarangiza
Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi
Mpora nibaza,
Mpora nibaza...
Ku buzima,
Ku buzima
Tubayeho,
Tubayeho
Mur'iy'isi,
Mur'iy'isi
N'igihe gito,
Oooooh
Nkic'amashurwe,
Oooooh
"Yuma ku misozi yakiwe n'izuba."
Tukabaho,
Tukabaho
Tuguwe neza,
Tuguwe neza
Ahandi naho
Ahandi naho
Tunanijwe
Tunanijwe
Hanyuma y'ivyo,
Oooooh
Tukarangiza
Oooooh
"Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi"
Chorus:
N'umuruho musi y'izuba
Twihe Yesu aturuhure
N'ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa
Chorus:
N'umuruho musi y'izuba
Twihe Yesu aturuhure
N'ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa
Kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa 3×
Aaaah aaaaah
Bridge:
Tukabaho tuguwe neza
Ahandi naho tunanijwe
Hanyuma y'ivyo
Tukarangiza
Kubaho kwacu guto kwo mur'iy'isi 2×
Chorus:
N'umuruho musi y'izuba
Twihe Yesu aturuhure
Ni ubusa gusa kutagir'umwami vyose n'ubusa gusa 2×
Kutagir'umwami vyose n'ubusa gusaa 3×
In English - Lyrics
----------------
1. I often wonder,
About life,
As we live,
In this world,
It is just a short time,
Like flowers fade away when the sun rises over the hills.
We live,
Sometimes comfortably,
Other times,
We struggle,
After all that, we finish
Our brief existence in this world.
I often wonder,
I often wonder
About life,
About life
As we live,
As we live
In this world,
In this world
It is just a short time,
Oooooh
Like flowers,
Oooooh
"fade away when the sun rises over the hills."
We live,
We live
Sometimes comfortably,
Sometimes comfortably
Other times,
Other times
We struggle,
We struggle
After all that,
Oooooh
We finish
Oooooh
"Our brief existence in this world."
Chorus :
Life is a struggle under the sun,
Let's give ourselves to Jesus for rest,
It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless.
Chorus :
Life is a struggle under the sun,
Let's give ourselves to Jesus for rest,
It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless. 3×
Aaaah aaaaah
Bridge :
We live sometimes comfortably, other times we struggle, and after all that, we finish our brief existence in this world. 2×
Chorus :
Life is a struggle under the sun,
Let's give ourselves to Jesus for rest,
It is all meaningless without the Lord; everything is meaningless.
Song : Ni Ubusa Gusa
Singer : chorale Sayuni
Video : Josheel
Audio : Marc Kibamba
Переглядів: 1 166

Відео

Ntamafeza - Chorale Sayuni
Переглядів 4,9 тис.2 місяці тому
Follow Chorale Sayuni at: Facebook : sayuni.chorale Instagram : sayuni_chorale TikTok : www.tiktok.com/@chorale.sayuni Contact : E-mail : choralesayuni626@gmail.com Ntamafeza - Lyrics 1. Turagusavye Man'urukundo rwa Kristo rwuzure mu mitima yacyu imisi yose (We ask You, God, that the love of Christ may fill our hearts every day) Kristo muri twebwe akuzwe natwe ducishw...
Sinkiri Imbohe - Chorale Sayuni
Переглядів 4,8 тис.3 місяці тому
This is the official channel of Chorale Sayuni. Chorale Sayuni is a Gospel Choir from Eglise Evangelique Des Amis de Kamenge(E.E.A) Bujumbura Burundi, that aim to spread the Gospel of Christ Songs. Follow Chorale Sayuni at: Facebook : sayuni.chorale Instagram : sayuni_chorale TikTok : www.tiktok.com/@chorale.sayuni Contact : E-mail : choralesayuni626@gmail.com Sinkiri...
URUGENDO - Zion Choir Bdi
Переглядів 7894 місяці тому
This is the official channel of Zion Choir. Zion choir is a Gospel choir from Église des Amis de Kamenge(E.E.A) Bujumbura Burundi, that aim to spread the Gospel of Christ through songs. God Bless you y'all... @Mbonyi @pastorlopeznininahazwe9548 @apollinairehabonimana @DuduTNiyukuri
IRASHOBOYE - Zion Choir Bdi
Переглядів 1,1 тис.4 місяці тому
God Bless You... @Mbonyi @apollinairehabonimana@pastorlopeznininahazwe9548 @pastormasezerano

КОМЕНТАРІ