Radio Igicaniro
Radio Igicaniro
  • 471
  • 64 231

Відео

Ingene amatora yo mu mwaka wa 2025 yimirije ariko aratunganywa mu Burundi.
Переглядів 1234 години тому
Akari ku Mutima du 2.09.2024
Itituka ry'umugirwa wo kwatirwa.
Переглядів 6721 годину тому
Kw'Iriba du 26.08.2024
Ubutungane nk'igikoresho ca CNDD-FDD mu guhohotera Abarundi.
Переглядів 6521 годину тому
Akari ku Mutima du 26.08.2024
Irandurwa ry'imizi mfatiro mu mico, imigenzo n'akaranga k'abarundi.
Переглядів 6914 днів тому
Kw' Iriba du 19.08.2024
Ifungurwa ry'Umumenyeshamakuru Floriane Irangabiye.
Переглядів 15014 днів тому
Akari ku Mutima du 19.08.2024
Insiguro n'inkomoko y'ijambo "Igiturire"
Переглядів 8121 день тому
Kw Iriba du 12.08.2024
Uko ubwigenge bwo kumenyesha amakuru bwifashe muri kino gihe mu Burundi.
Переглядів 5521 день тому
Akari ku Mutima du 12.08.2024
Itegeko rigenga ingoma mu Burundi.
Переглядів 1421 день тому
Kw iriba du 5.08.2024
Ukwezi Radio Igicaniro yahariye ibiganiro vyokwibuka ifungwa rya Floriane Irangabiye.
Переглядів 5921 день тому
Akari ku mutima du 5.08.2024
Abagize radio igicaniro baratuyagira igituma batunganije ibiganiro ku ndyane
Переглядів 3921 день тому
Akari ku mutima du 22.04.2024
indyane igice ca 3
Переглядів 4221 день тому
Akari ku Mutima du 15.04.2024
Imvo nimvano y'indyane zugarije igihugu c'uburundi (igice 2)
Переглядів 8021 день тому
Akari ku mutima du 08.04.2024
Indyane ziri hagati y'abarundi ico zivako nigituma tutazibona kumwe
Переглядів 4821 день тому
Akari ku Mutima du 01.04.2024
Uko intwaro rusangi yifashe mu Burundi
Переглядів 3228 днів тому
Akari ku Mutima du 25.03.2024
Ingaruka z'uburongozi bubi zitanguye kwibonekeza mu gihugu
Переглядів 6128 днів тому
Ingaruka z'uburongozi bubi zitanguye kwibonekeza mu gihugu
Akari ku Mutima du 04.03.2024
Переглядів 2828 днів тому
Akari ku Mutima du 04.03.2024
Ivyaranze président Michel Micombero
Переглядів 2828 днів тому
Ivyaranze président Michel Micombero
Ivyaranze président Pierre Buyoya
Переглядів 3028 днів тому
Ivyaranze président Pierre Buyoya
Ivyaranze Joseph Bamina
Переглядів 3228 днів тому
Ivyaranze Joseph Bamina
Uruhara rw'amaradiyo n'ibimenyeshamakuru mubuzima bw'igihugu
Переглядів 2928 днів тому
Uruhara rw'amaradiyo n'ibimenyeshamakuru mubuzima bw'igihugu
Ingingo ya sentare ntahinyuzwa yo kugumiza Floriane Irangabiye mu munyororo ku karenganyo.
Переглядів 3028 днів тому
Ingingo ya sentare ntahinyuzwa yo kugumiza Floriane Irangabiye mu munyororo ku karenganyo.
Inyungu za leta y'uburundi mu ntambara zibera muri Congo
Переглядів 3328 днів тому
Inyungu za leta y'uburundi mu ntambara zibera muri Congo
Kwitaha ineza y'igihugu nk'inkingi y'ubumwe bw'abarundi (ZOOM)
Переглядів 1028 днів тому
Kwitaha ineza y'igihugu nk'inkingi y'ubumwe bw'abarundi (ZOOM)
Ishusho ryubutegetsi bwa NEVA muri 2024
Переглядів 4228 днів тому
Ishusho ryubutegetsi bwa NEVA muri 2024
Amarushwa Uburundi n'abarundi barimwo muri kino gihe
Переглядів 3428 днів тому
Amarushwa Uburundi n'abarundi barimwo muri kino gihe
Iyugarwa ry'imipaka Uburundi buhana n'Urwanda
Переглядів 1,1 тис.Місяць тому
Iyugarwa ry'imipaka Uburundi buhana n'Urwanda
Ivyaranze impera z'umwaka wa 2023 mu Burundi
Переглядів 990Місяць тому
Ivyaranze impera z'umwaka wa 2023 mu Burundi
NI gute uburundi bworonka indongozi nziza?
Переглядів 29Місяць тому
NI gute uburundi bworonka indongozi nziza?
Urugendo rw'amahoro rwashinzwe na CNDD-FDD
Переглядів 23Місяць тому
Urugendo rw'amahoro rwashinzwe na CNDD-FDD

КОМЕНТАРІ

  • @Stephen_Nyakujanga
    @Stephen_Nyakujanga 3 дні тому

    Okey jifunze zaidi historia ya bugufi yapo mambo hamyajui kabisa. Mtangazaji tafuta wajuzi wa mambo kabla ya uhuru bugufi inamfalme wake .. Mungu awabariki

  • @IsaieNshimirimana-l7e
    @IsaieNshimirimana-l7e 18 днів тому

    Ndabashimira kur ibiganiro mudushikiriza❤

  • @fideskaneza7947
    @fideskaneza7947 25 днів тому

    Le Premier Ministre Bamina Joseph yarakunda igihugu ciwe Vrai patriote

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Місяць тому

    None se Abarundi bari barafunguye imipaka ari uko Barungitse aba bateye coup d'etat

  • @binancerwanda
    @binancerwanda Місяць тому

    Ase ni gute mwugara imipaka yo hasi gusa, Abarundi barababeshya mukemera 😂😂😂

  • @niragirajanvier6775
    @niragirajanvier6775 Місяць тому

    Bagize neza kugara

  • @HAVUGIMANAAlexis-o2h
    @HAVUGIMANAAlexis-o2h Місяць тому

    Bakwiye kubiganira ho bakatwugururira imipaka

  • @habimanaignace7235
    @habimanaignace7235 Місяць тому

    Mumyaka itatu yabaye se ndagara

  • @NiyomukizaEric-hg2qv
    @NiyomukizaEric-hg2qv Місяць тому

    Nkorera Ku ifoto

  • @francoisnzeyimana9246
    @francoisnzeyimana9246 Місяць тому

    Nta murundi n'umwe adafise ico yiyagiriza, kuko aha mu Burundi iwacu, atari wewe ni mwenewanyu. Tumenye ko hari uko wewe wiyizi, mugabo haba n'uko abandi ba kwiyumvira.

    • @francoisnzeyimana9246
      @francoisnzeyimana9246 Місяць тому

      Igikuru cofasha ibiganiro ni uko tumenya ho hari ico wiyagiriza n'ico wagirizwa.

  • @Kamenyero-gy2bj
    @Kamenyero-gy2bj Місяць тому

    Référendum prévu par l'article 4 de la constitution du Burundi pour le Royaume ni inné ni issu des armes où soient élus les responsables de la base au sommet par domaine d'activité

  • @nol7828
    @nol7828 Місяць тому

    👍

  • @MbonekoFranck-x9z
    @MbonekoFranck-x9z 2 місяці тому

    Kinyange

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 2 місяці тому

    Zenon n umubeshi mubi gose...muze muhamagare abantu bari neutre batakoze ibara nkuyo

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 2 місяці тому

    Nimunyumvire ingene aba batama bariko barakorogana...

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 2 місяці тому

    Aba patiri baGatorika niyo yabizanye kugeza n ubu ikibandanya

  • @barasokorozaalain4789
    @barasokorozaalain4789 2 місяці тому

    Iyo introduction irahengamye goose igahengamira kubwoko bumwe gusa ...Dr yabovuze neza ariko

  • @regisndayiragije3392
    @regisndayiragije3392 3 місяці тому

    kora ineza bigikunda

  • @user-cs4jy7uk7w
    @user-cs4jy7uk7w 3 місяці тому

    None ugworuhande rwagiye muricongo rwarutwuburundi mbega ruracabaho?ruracafise ubwami?

  • @Munezerofatma-yr8rt
    @Munezerofatma-yr8rt 4 місяці тому

    nukuri mukomeze urugendo kuko inyigisho naronse murakoze cane

  • @rasolmp
    @rasolmp 5 місяців тому

    Turakengurutse tubakengurukiye cane kub' ibiganiro mudushikiriza. Murakoze cane biradufasha m' ubuzima🙏🏾

  • @CRITICAL257
    @CRITICAL257 6 місяців тому

    Mbe ingoma zaravuzwa mwijoro?

  • @nijimberecelestin2099
    @nijimberecelestin2099 6 місяців тому

    ❤❤❤

  • @sylvestrendayikeje1026
    @sylvestrendayikeje1026 9 місяців тому

    Abarūnga nabo

  • @jeanbihizi2666
    @jeanbihizi2666 9 місяців тому

    Ariko Interpretation zimwe zimwe sindazemera. Kuko ziva ku majambo atumvirijwe neza...

  • @benshaka7595
    @benshaka7595 10 місяців тому

    Ikiganiro ciza cane. Umwe ati turi Ibinyaganwa nka uwundi ati : umunsi abarundi baba imbwa narabona

  • @juvenalndayishimiye4662
    @juvenalndayishimiye4662 11 місяців тому

    Ndanyuzwe cane Nico kiganiro ca docteur.numva nipfuza cane kumenya nukumenyesha kahise.ukuntu kahise kacu kariko karandikwa ,Ni kuduteranya gusa .twari dukwiye kunga ubumwe tukagendera iragi ryabami bacu.

  • @user-tw8lk7ji7w
    @user-tw8lk7ji7w 11 місяців тому

    Mwarakoze cane kudusigurira vyinshi

  • @nimbonaodon6422
    @nimbonaodon6422 Рік тому

    Murakoze!

  • @RevenusOnline
    @RevenusOnline Рік тому

    Merci bcp kuri ako kahise mutuyagiye.

  • @Zionmelodyfamily12
    @Zionmelodyfamily12 Рік тому

    Iy photo y nepo yapfuye muze muyihoze stp

  • @pancracemajambere7640
    @pancracemajambere7640 Рік тому

    Nimutubwire ukwo basaba irembo imbere yo kugenda gukwa umugeni

  • @ahishakiyeerick6901
    @ahishakiyeerick6901 Рік тому

    Lac aux oiseaux irakwiye gukora You Tube channel igashiraho ziriya mvyino zabo zose tukabasha gusubira kuzumva zose

  • @kaburagerard6110
    @kaburagerard6110 Рік тому

    Murakoze kutwigisha ijambo ry'ubukwe

  • @charlesnsengiyumva837
    @charlesnsengiyumva837 Рік тому

    ua-cam.com/video/rbsbi7BzLTQ/v-deo.html

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 Рік тому

    Uyo mu Shubi yasize akaranga gakomeye cane ni Kirundi co kwi stisto

  • @claveremerusabe1698
    @claveremerusabe1698 Рік тому

    Iyi radio nisawa ituyagira akahise kigihugu cacu

  • @Atree_is_a_tree
    @Atree_is_a_tree Рік тому

    Uwo murwi urateye igomwe. Kandi n'umutumire avuga neza

  • @ghostagee5232
    @ghostagee5232 Рік тому

    Umuganga avura amenyo yotubwira ingene yabaye umuhinga wa kahise k'Uburundi? Mbe abasanzwe bazwi neza mubasimba gute? Mwarabatumiye baranka? Co-opting n'ingeso mbi cane.

  • @Atree_is_a_tree
    @Atree_is_a_tree Рік тому

    Ikiganiro ciza cane! Ndabateye intege mukomere Radio Igicaniro!

  • @jeanmariendayishimiye7109
    @jeanmariendayishimiye7109 2 роки тому

    Ndabashimiye caaane kurino Channel. Twebwe turi mumahanga biradufasha CANE kutibagirwa akaranga n'imco yacu

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 2 роки тому

    Doctor yarashe kw’ijambo gutuka ni Kinyankole

  • @nininahazwekennyrogers228
    @nininahazwekennyrogers228 2 роки тому

    Ikiganiro ciza cane. Murakoze kandi mubandanye!

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 2 роки тому

    Murakenuye

  • @ingabirefabrice7035
    @ingabirefabrice7035 2 роки тому

    Muzobatubarize Ko hari icizere Ko bazosubira bakanagura uwo murwi ukagaruka kuk hari vyinshi twahomvye hanyuma baduhe indirimbo yitwa “ishamba rikwiriye inka” kur youtube turayishaka hhhhhhh turayikumbuye

  • @ingabirefabrice7035
    @ingabirefabrice7035 2 роки тому

    Ahubwo izo ndirimbo bazozishire kur youtube twinezerererwe ni ndirimbo zabo kuk n’INTASHIKIRWA koko ntawubahiga

  • @remynsengiyumva5395
    @remynsengiyumva5395 2 роки тому

    Muzokore ikiganiro kwijambo ryubugeni

  • @guillaumerusengo9371
    @guillaumerusengo9371 2 роки тому

    Iciyumviro ni ciza ariko gabanya irementanya. Abanyamwezi, abasumbwa ndetse n'abaha ntibigeze baba abarundi.

  • @isidorinsabimana410
    @isidorinsabimana410 2 роки тому

    Murahagije

  • @bumweorrymugisha6697
    @bumweorrymugisha6697 2 роки тому

    Amahoro, whatsapp yanyu ni kangahe?