Akiwacu Magazine
Akiwacu Magazine
  • 56
  • 7 964
Umugani wa Ngoragoze n' umuhungu wiwe Ntabarirwa
Ku ncuro ya gatandatu mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 25 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mugani.
Muri ino myaka uwo mugirwa uriko wibagirwa mu muryango na canecane mu bisagara, Umurwi utunganya iki gikorwa, Club du Centre Culturel Akiwacu, uhamagarira abavyeyi bari mu gisagara ca Bujumbura kuzana abana babo buri wambere w' indwi, isaha cumi na zibiri z' umugoroba kugeza isaha isaha imwe z' ijoro, kugira abana bakurane ubumenyi kama buva mu ndero ndundi , biciye mu nyigisho ziva muri iyo migani.
Bibera mu kigo ndangakaranga Akiwacu kiri mu kigobe, i ruhande ya ENS ku kabarabara kamanuka muri EX DCA, imbere ya Internat B ya ETS.
Переглядів: 48

Відео

Amakuru yihuta mw' ino weekend : Inkuru zitatu gusa
Переглядів 6112 годин тому
Umviriza ayavugwa muri Indasi mw' ino ndwi turiko dusozera Akiwacu Music ni ikiganiro kiba buri mpera z' indwi aho tugaruka kunkuru ziba ziriko zivugwa mu muziki wacu. Ntitwibagira kandi kubazanira aabaririmvyi mukunda kugira tuyage ku bikorwa vyabo no ku yandi makuru ajanye n' umuziki. Mwibuke gukora subsribe kuri channel @akiwacumagazine . Turabafitiye n' ibindi biganiro vy' imico n' akaranga...
Umugani w'inka n'ingona
Переглядів 8316 годин тому
Ku ncuro ya gatanu mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 18 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mu...
AKA KANTU NAWE UKUMVA GUTE ?
Переглядів 3716 годин тому
Umuririmvyi yofatira ku ki mu gushinga ibiciro?
UMUGANI W' INYANGE N' INKUBA
Переглядів 108День тому
Ku ncuro ya kane mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 10 Munyonyo 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo muga...
NANJE NDAKORA : Bienvenu, umunyakaranga abeshejeweho n' akaranga
Переглядів 49День тому
Nanje ndakora ni ikiganiro muzokwumvamwo uko bantu babeshejweho n' imirimo bakora
MY STORY+: YAVUTSE ATA MAGURU N'AMABOKO ABAVYEYI BATI NI IGIHUME,UMVA INKURU IBABAJE YA NIPO SIMPLE
Переглядів 29614 днів тому
My story plus ni ikiganiro tuyaga ku nnkuru y'ubuzima umuntu aba yarabayemwo ikagira ico itwigisha. Uno musi twabazaniye Nipo Simple, afise inkuru ndende ibabaje ariko ifise ico yigisha. Icizere yihaye, ukubona uko afatwa akabihindura akaryo keza ko kwumva ko hari ico yoshikako vyamuhaye inguvu. Mwibuke kugira Subscribe kuri @akiwacumagazine ntimuzocikwe n' ibindi biganiro.
BARIKO BAKORA HITSONGS GUSA, DINO BOYS BARACARI BATO ARIKO UYU UMURWI UJE NEZA NKA WE LOVE MUZIC
Переглядів 9014 днів тому
Umviriza uko aba bahungu bakiri bato baje ku muvuduko udasanzwe. Bakora indirimbo ziryoheye ugutwi bakemeranya ko batazosambuka nk' iyindi mirwi. Wibuke gukora subscribe kuri @akiwacumagazine ntucikwe n' amakuru y' umuziki, inkino n'ibindi
#AKIWACU_MUSIC: AYAVUGWA NI MENSHI, ALVIN SMITH, MELANIN BOY, FIZZO MURI CANADA,...AYARANZE INDWI
Переглядів 6014 днів тому
Umviriza amakuru yaranze indwi mu muziki mu kiganiro #AkiwacuMusic utibagiye gukora subscribe kuri @akiwacumagazine ntucikwe n'ibiganiro vyacu. #akiwacu #umuziki #Burundi
HARATANZWE IVYIGWA KU BANONOTSI BAGENDANA UBUMUGA
Переглядів 3121 день тому
Kuva ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 26 Gitugutu, gushika kw'igenekerezo rya 1 Munyonyo uno mwaka w'2024, haratunganijwe ivyigwa ku rwaruka rugendana ubumuga bwo kutabona n'ubamugaye ukuboko canke ukuguru kumwe mu nkino z'ugusiganwa hamwe n Goalball. Ivyo vyigwa vyatangiwe kukibuga citiriwe Olymapafrica benshi Bazi nka stade olympique mu Gasekebuye. Ivyo bikaba vyateguwe n'umugwi ujejwe in...
Nuit de comptes NCIRUMUGANI 2 : Umugani w'umugabo yakunda inda akima umugore n] abana
Переглядів 14421 день тому
Ku ncuro ya kabiri mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 28 Gitugutu 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mu...
Nuit de comptes NCIRA UMUGANI 1: UMUGANI WA SEGIHEMBE NA BANTU UKO VYARI BIRYOSHE, ABANA BARARYOHEWE
Переглядів 10028 днів тому
Ku ncuro ya mbere mu kigo ndangakaranga Akiwacu, kuri uyu wa 21 Gitugutu 2024 haratunganijwe umugoroba wo guca umugani wiswe "Nuit de Compte Ncira umugani" . Vyari biryoshe, wari umugoroba mwiza ku bana bariko baba muri wa muco wa kera mu kirundi aho abavyeyi, bicaye ku ziko, bacira umugani abana. Abo na bo baraheza bagakura bafise ubumenyi n' indero kama biva mu nyigisho b aronkera mw' uwo mug...
Umu Rasta atwiganiye vyinshi ku mudiho wa ''Reggae'' mu Burundi.
Переглядів 260Місяць тому
Gael MANIRAMPA yakunze reggae kuva mu buto gushika aho atangura kuyiririmba. Muri iki kiganiro, aratwiganira urugendo rwiwe mu muziki n'ibindi bijanye n'umuziki wa Reggae.
#AkiwacuMusic : Inkuru imwe iyoboye muri BMI (Burundian Music Industry), ibiteramo hanze, mu Burundi
Переглядів 44Місяць тому
Umviriza ikiganiro umenye ayavygwa mu muziki wacu #Akiwacu #umuzikimurundi
Esther Nish yakoze ibikor'inka mu giteramo "Umwana si uwumwe. Amakuru ya Sat B n'abandi
Переглядів 86Місяць тому
🎼 Umviriza bimwe mu vyaranze iyi ndwi dusoje muri "BMI". 👌🏾 ni muri iki kiganiro na @Jefferson Bad Ghah. #AkiwacuMagazine
Kuki abaririmvyi babonwa nabi mu kibano? Iimisi yose si ngombwa ngo ivyunguka, Simbizi wa Semavumba
Переглядів 168Місяць тому
Kuki abaririmvyi babonwa nabi mu kibano? Iimisi yose si ngombwa ngo ivyunguka, Simbizi wa Semavumba
Umva inkuru zitatu ziri kw'isonga mu muziki
Переглядів 1382 місяці тому
Umva inkuru zitatu ziri kw'isonga mu muziki
Akiwacu Music : Alvella Muhimbare ku rundi rugero, Big Fizo na Sat B mu Bubiligi, ayavugwa muri BMI
Переглядів 502 місяці тому
Akiwacu Music : Alvella Muhimbare ku rundi rugero, Big Fizo na Sat B mu Bubiligi, ayavugwa muri BMI
Ikiganiro na Simbizi wa Semavumba kw'iterambere ry'umuziki, ibiriko bivugwa kuri Mista Champagne,..
Переглядів 3632 місяці тому
Ikiganiro na Simbizi wa Semavumba kw'iterambere ry'umuziki, ibiriko bivugwa kuri Mista Champagne,..
Simbizi wa Semavumba ni we mutumire w'ejo muri Akiwacu Music
Переглядів 362 місяці тому
Simbizi wa Semavumba ni we mutumire w'ejo muri Akiwacu Music
Double Jay yanse kuja muri clip ya Chris MB! Ngo Mista Champagne yahemukiwe n'ibinyamakuru? Ayavugwa
Переглядів 752 місяці тому
Double Jay yanse kuja muri clip ya Chris MB! Ngo Mista Champagne yahemukiwe n'ibinyamakuru? Ayavugwa
Akiwacu Music : Muri we Love Music bimeze gute? Ayaranze indwi mu muziki
Переглядів 462 місяці тому
Akiwacu Music : Muri we Love Music bimeze gute? Ayaranze indwi mu muziki
My story Plus : Umukobwa/Umugore aronse amahera ntibamukira ?
Переглядів 3202 місяці тому
My story Plus : Umukobwa/Umugore aronse amahera ntibamukira ?
Akiwacu Music : We love muzika ibibazo vyatewe n'iki? igiteramo ca Kigingi n'ayandi yaranze iyi ndwi
Переглядів 633 місяці тому
Akiwacu Music : We love muzika ibibazo vyatewe n'iki? igiteramo ca Kigingi n'ayandi yaranze iyi ndwi
Protection de la biodiversité Les jeunes doivent faire partie du plan de protection
Переглядів 186 місяців тому
Protection de la biodiversité Les jeunes doivent faire partie du plan de protection
Bizis Best rapper umwami w'urudome I Yiyemeje gufata hip hop muntoke
Переглядів 1588 місяців тому
Bizis Best rapper umwami w'urudome I Yiyemeje gufata hip hop muntoke
GoalBal, urukino rushasha mu Burundi kubagendana ubumuga bwo kubona
Переглядів 248 місяців тому
GoalBal, urukino rushasha mu Burundi kubagendana ubumuga bwo kubona
Uko ivy'ama film mu Burundi vyifashe
Переглядів 41Рік тому
Uko ivy'ama film mu Burundi vyifashe
Umuganuro : Uko Bihome yitangiye umwami Mwezi Gisabo mubihe bigoye
Переглядів 405Рік тому
Umuganuro : Uko Bihome yitangiye umwami Mwezi Gisabo mubihe bigoye
Ikiganiro kubamenyeshamakuru : Big Fizzo yishura kubibazo bijanye na Festival de l'indépendance
Переглядів 37Рік тому
Ikiganiro kubamenyeshamakuru : Big Fizzo yishura kubibazo bijanye na Festival de l'indépendance

КОМЕНТАРІ