- 4
- 5 779
PATIENCE SINIREMERA
United States
Приєднався 2 лип 2021
NDARIRIMBA ISHIMWE RYAWE By Patience Siniremera 4K Video Burundi live Gospel song
NDARIRIMBA ISHIMWE RYAWE By Patience Siniremera 4K Video Burundi live Gospel song
Переглядів: 2 177
Відео
PATIENCE S- NENO LAKO {OFFICIAL GOSPEL VIDEO 4K}
Переглядів 1,7 тис.3 роки тому
PATIENCE S- NENO LAKO {OFFICIAL GOSPEL VIDEO 4K}
Hallelujah Imana Idukorera vyinshi
🔥🔥🔥
Amen 🙏
Love from chacha og
Amen Amen kibondo Kure cane Ushike Amavuta menshi Ya Ndiho akubonekeko ndahezagiwe cane❤❤❤❤
Amen amen ndahezagiwe cane mukobwa wa Yesu tera imbere
Uyu dada mpe ongera zake
Hallelujah Ubwiza bwose ni ubw'Ubuhoraho nyene ingabo Ndasaba Imana se w'Umwami wacu Yesu Kristo ngo yuzuze itara ryawe amavuta kugira ngo ukomeze gukayanganira amahanga muri uwo murimo yakujeje mu bwami bwayo.
Waoo more grace and God continue to bless your talent ❤
Nice song
Courage mwiza urampezagiye cane🎉🎉🎉🎉🎉
Courage mwiza indirimbo ninziza cane
Barikiwa sana dada Patience wimbo huu umenibariki
Amen amen
Wow Ndemeye Peee Love ❤️ From Don Claudio and Talent Wise Media
Amen amen nanje ndaririmba ubwo bwiza bwiwe mvuge ko ari uwera 😂😢 Hallelujah
Courage ma fille, you are the best💐
Félicitations sana patience uririmba neza Imana igukomeze
Amen my sister vyukuri lmana yadukoreye vyishi.
Hallelujah
Vyiza cane muhezagirwe
Imana iguhezagire cane Mukozi w'Imana
My sister 🙏🙏 hezagirwa Can 🙏
Wow❤
❤️❤️❤️❤️💯💯🙏🙏👌👌👌
❤❤❤❤❤
Turakwifurije kugera kure cane
Imana iguhezagire uririmba nzeza kandi ifise ijwi ryiza kandi ripanze neza
Courage ma chérie imbere ni heza❤️❤️
Alelua Mungu akuinuwe binti yangu
Saha watanguriye kand saha uzoguma courage sister
Keep Forward Lovely Sis
Amen cn mwiza❤️hejuru cn uhashike🙏🙏
Patience my sister,keep on shining
❤❤❤
kazi safi komeza inguvu musaza waw dela tence ndagusabiy igisha ushik kur
Wouah god is good
Big up sister wanje
Courage
Mana habwa icubahiro kuntebe yawe yubwiza
Be blessed 🙏
Amen Amen 🙏 IMANA ihabwe icubahiro ubwiza bwayo burarenze buratangaje vyukuri. Kure Cane Niho nkwipfurije my Sister 🙌🙌
Turahezagiwe cane nindirimbo kbs,Imana ibandanye iguhishurira cane Our sister
Igikorwa ni ciza cne ,Keep on our sister ,love from CGT
Intango nziza cane !!! Impamvu ndayise Intango uzoyimbaze !!! Gusa big up saana ❤❤
Mafutaaa❤❤❤
Waoooo🎉🎉
Amen
Courage ncuti yanje
Amavuta yigitsiro atembe mubikogwa vyawe