- 40
- 4 045
EAC LIVE SHOW 1
Приєднався 19 жов 2024
FOOTBALL:IDO N'IDO KU MUMENYEREZA w'INTAMBA MU RUGAMBA SANGWA PATRICK//AHO NGIYE GUSHIKANA UBURUNDI
FOOTBALL:IDO N'IDO KU MUMENYEREZA w'INTAMBA MU RUGAMBA SANGWA PATRICK//AHO NGIYE GUSHIKANA UBURUNDI
Переглядів: 46
Відео
LEBABA LAUNCH EVENT: AKARYO KO GUHUZA URWARUKA N'ABAKUZE BITUNGANIRIZA IMIGAMBI // BAZORYA BANYWE
Переглядів 112 години тому
LEBABA LAUNCH EVENT: AKARYO KO GUHUZA URWARUKA N'ABAKUZE BITUNGANIRIZA IMIGAMBI // BAZORYA BANYWE
USA🇺🇸 : IMINSI YANYUMA Y'UBUTEGETSI BWA JOE BIDEN YOBA IMBARUTSO Y'INTAMBARA YA GATATU Y'ISI YOSE
Переглядів 272 години тому
USA🇺🇸 : IMINSI YANYUMA Y'UBUTEGETSI BWA JOE BIDEN YOBA IMBARUTSO Y'INTAMBARA YA GATATU Y'ISI YOSE
INTORE SEGIHEMBE NA MC ADITOP //LEBABA LAUNCH EVENT//ALVIN SMITH LE 30 CLUB DU LAC
Переглядів 404 години тому
INTORE SEGIHEMBE NA MC ADITOP //LEBABA LAUNCH EVENT//ALVIN SMITH LE 30 CLUB DU LAC
SINGAPOUR MU NDWI 1 BANYONZE ABANTU 3//AMAKUNGU YAHUGURUTSE KUBERA IGIHANO CO KWICA//SISI DASILVA
Переглядів 394 години тому
SINGAPOUR MU NDWI 1 BANYONZE ABANTU 3//AMAKUNGU YAHUGURUTSE KUBERA IGIHANO CO KWICA//SISI DASILVA
INEZA Y'ITIRO : BURYA NGO ITIRO RIRAKINGA N'INDWARA//INGARUKA MBI ZA TELEFONE// MISS DORCIE KEZA
Переглядів 164 години тому
INEZA Y'ITIRO : BURYA NGO ITIRO RIRAKINGA N'INDWARA//INGARUKA MBI ZA TELEFONE// MISS DORCIE KEZA
AFFAIRE BARTHAZAR IFASHE INZIRA: BIRI BUHERERE HE GA BANANGE? INKURU YA SISI DASILVA NA MISS DORCIE
Переглядів 747 годин тому
AFFAIRE BARTHAZAR IFASHE INZIRA: BIRI BUHERERE HE GA BANANGE? INKURU YA SISI DASILVA NA MISS DORCIE
SAT-B YARADUTANGAJE//TWAKOZE DUTINYA KO ADUTERA IVYO TWANDITSE// YM MUSIC KURI TWE UMUZIKI NI AKAZI
Переглядів 1,1 тис.12 годин тому
SAT-B YARADUTANGAJE//TWAKOZE DUTINYA KO ADUTERA IVYO TWANDITSE// YM MUSIC KURI TWE UMUZIKI NI AKAZI
RADDES TURI KU RUBUGA//KUJA MURI COALITION NTITURABIMENYA//TURI MURI OPPOSITION : AUDREY IRADUKUNDA
Переглядів 416 годин тому
RADDES TURI KU RUBUGA//KUJA MURI COALITION NTITURABIMENYA//TURI MURI OPPOSITION : AUDREY IRADUKUNDA
UPRONA,CNL,PIT,UPD,CEDES-SANGIRA MU BIRORI VYA RADDES//UREKA GUTORA NTUREKA GUTWARWA:GASTON SINDIMWO
Переглядів 316 годин тому
UPRONA,CNL,PIT,UPD,CEDES-SANGIRA MU BIRORI VYA RADDES//UREKA GUTORA NTUREKA GUTWARWA:GASTON SINDIMWO
TURITEGURIYE AMATORA YOSE YA 2025 //TUZOKWIJUKIRA CANE IGISATA C'AMAGARA Y'ABANTU//DR SUDI NDIKUMANA
Переглядів 216 годин тому
TURITEGURIYE AMATORA YOSE YA 2025 //TUZOKWIJUKIRA CANE IGISATA C'AMAGARA Y'ABANTU//DR SUDI NDIKUMANA
IMYAKA 32 YA RADDES-ABAGENDERANGINGO //WABAYE UWUGIRA 3 WEMEREWE // ATHANASE NDAYISHEMEZA ICEGERA
Переглядів 616 годин тому
IMYAKA 32 YA RADDES-ABAGENDERANGINGO //WABAYE UWUGIRA 3 WEMEREWE // ATHANASE NDAYISHEMEZA ICEGERA
ABANDITSI BAPFUNZWE UMUNSI WABAHARIWE/ITARIKI YA 15 MURI KAHISE/AYAVUGWA MURI GABON,RDC,SOUTH AFRICA
Переглядів 15День тому
ABANDITSI BAPFUNZWE UMUNSI WABAHARIWE/ITARIKI YA 15 MURI KAHISE/AYAVUGWA MURI GABON,RDC,SOUTH AFRICA
VICHOU LOVE: INKWAVU zatumye nkora cane kuruta // indirimbo ROUND TABLE ijanye n'ibihe
Переглядів 8214 днів тому
VICHOU LOVE: INKWAVU zatumye nkora cane kuruta // indirimbo ROUND TABLE ijanye n'ibihe
VICHOU LOVE: Ukuri kwose mutamenye kuri ALBUM IKETE// Mfise indirimbo 100 zibitse neza
Переглядів 2021 день тому
VICHOU LOVE: Ukuri kwose mutamenye kuri ALBUM IKETE// Mfise indirimbo 100 zibitse neza
NOWELI & BONANE: Turipanze OK muri ADISON COMPANY//Hari BISHASHA & PROMOTION // Turi ku mbonakazoza
Переглядів 3021 день тому
NOWELI & BONANE: Turipanze OK muri ADISON COMPANY//Hari BISHASHA & PROMOTION // Turi ku mbonakazoza
T-MAX NTIYABIHEVYE ARAJE NA ALBUM// NTIYITABA IBITERAMO VY'I BURAYA// NTABONA UWO YOHA AWARD YA RAP
Переглядів 1721 день тому
T-MAX NTIYABIHEVYE ARAJE NA ALBUM// NTIYITABA IBITERAMO VY'I BURAYA// NTABONA UWO YOHA AWARD YA RAP
MKE MWEMA NI TRUE STORY//STINO VOCAL TWITEGE EP NA CONCERT// IFARASI ZARANGOYE// ABARIRIMBA IVYAHA
Переглядів 521 день тому
MKE MWEMA NI TRUE STORY//STINO VOCAL TWITEGE EP NA CONCERT// IFARASI ZARANGOYE// ABARIRIMBA IVYAHA
UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABARWAYI// KU NCURO YA 6 MU BURUNDI// ABDDM KU KIVI
Переглядів 2921 день тому
UMUNSI MPUZAMAKUNGU WAHARIWE ABARWAYI// KU NCURO YA 6 MU BURUNDI// ABDDM KU KIVI
MOW'KANZIE : MANAGER ni umugabo wanje // uko merewe i burayi n'ibiteramo //ngiye guhindura ingendo
Переглядів 6221 день тому
MOW'KANZIE : MANAGER ni umugabo wanje // uko merewe i burayi n'ibiteramo //ngiye guhindura ingendo
BURUNDI DAY muri MOZAMBIQUE //IMILIYONI 40 zaregeranijwe//Uko DG wa MANAAC abona DIASPORA Ndundi
Переглядів 5921 день тому
BURUNDI DAY muri MOZAMBIQUE //IMILIYONI 40 zaregeranijwe//Uko DG wa MANAAC abona DIASPORA Ndundi
COMESA: UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE NDIRAKOBUCA N'UW'UBUDANDAJI MU BIKORWA VY'IHURIRO RIGIRA 17
Переглядів 828 днів тому
COMESA: UMUSHIKIRANGANJI WA MBERE NDIRAKOBUCA N'UW'UBUDANDAJI MU BIKORWA VY'IHURIRO RIGIRA 17
LIFE COMPANY nitwe gusa dukora ENERGY/AMAZI meza azimbutse//dukor amasaha 24/24, dufise stock henshi
Переглядів 34Місяць тому
LIFE COMPANY nitwe gusa dukora ENERGY/AMAZI meza azimbutse//dukor amasaha 24/24, dufise stock henshi
BIG FIZZO:JABS TWAHURIYE TZ🇹🇿 MURI FILM//ALBUM NSHASHA 777 YAHEZE//ABA FANS BAFANE ATA NZIGO IRIMWO
Переглядів 2,1 тис.Місяць тому
BIG FIZZO:JABS TWAHURIYE TZ🇹🇿 MURI FILM//ALBUM NSHASHA 777 YAHEZE//ABA FANS BAFANE ATA NZIGO IRIMWO
MIRROR TEAM: VYARANGOYE YASOHOTSE HITEZWE EP// BASHIMIRA BENSHI HAMWE N'UBUYOZI BW'INTARA YA RUTANA
Переглядів 25Місяць тому
MIRROR TEAM: VYARANGOYE YASOHOTSE HITEZWE EP// BASHIMIRA BENSHI HAMWE N'UBUYOZI BW'INTARA YA RUTANA
Komine MUKAZA ku murindi mwiza w'iterambere//FLORENT NKEZABAHIZI Musitanteri asohoye akari ku mutima
Переглядів 15Місяць тому
Komine MUKAZA ku murindi mwiza w'iterambere//FLORENT NKEZABAHIZI Musitanteri asohoye akari ku mutima
MUSITANTERI wa komine MUKAZA ntagikina🏀/Zone BUYENZI iragoye kubijanye n'isuku//Nkunda indirimbo ...
Переглядів 9Місяць тому
MUSITANTERI wa komine MUKAZA ntagikina🏀/Zone BUYENZI iragoye kubijanye n'isuku//Nkunda indirimbo ...
MUTIMA ntarota aheba COMEDIE// Yampaye parasela, umuduga //Ndi umu DG wa Sosiyete ISI Y'AKANOVERA
Переглядів 89Місяць тому
MUTIMA ntarota aheba COMEDIE// Yampaye parasela, umuduga //Ndi umu DG wa Sosiyete ISI Y'AKANOVERA
CHRIS BROWN mu giteramo muri SOUTH AFRICA mumpera z'umwaka : kizoba canke kizosiba???
Переглядів 17Місяць тому
CHRIS BROWN mu giteramo muri SOUTH AFRICA mumpera z'umwaka : kizoba canke kizosiba???
EAC LIVE SHOW HEADLINES: MOZAMBIQUE,SOMALIE, USA, BURKINA FASO
Переглядів 40Місяць тому
EAC LIVE SHOW HEADLINES: MOZAMBIQUE,SOMALIE, USA, BURKINA FASO
Courage Can miss wacu Imana Imbere Izokugeza Kure.
None kotwashaka kujayo se😂
Ciriva nukuri turabakunda cane❤ ariko nkabakunzi banyu turabasavye muzohore mudushirirako ikiganiro cose bikunze mukagira na live muri muri studio muzoba mukoze turabakunda .
❤❤
E a c live chow turabakunda cane ❤
Ndakeney ko twovugana
karibu
None komutagira ikigaro cikibiriraho muri kwiradio nubwobiruk turabakund ni eloi igihang
natwe turabakunda caaane
❤❤❤
🥰❤️🇧🇮
❤❤❤
🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Waaaooo
Sat-b umwami twatambanye caravane 2023 gtg❤
asante xaaana
Nkorera
INDWARA Y' IGISUKARI ( DIABÈTE SUCRÉ Type 2) Benshi turazi neza ko Diabete idakira ivyo tukabitegwa n'inyigisho twigishijwe ariko nubwo ariko twese twigishijwe. Twomenyesha ko ishobora gukira igihe cose yubahirije amategeko y'imirire akanafata ningaburo kama ziyivura. DIABETE YIYEREKANA RYARI Diabète n' indwara yibonekeza igihe urwagasha ( pancréas ) rujejwe guhingura inkaburamubiri ( hormones ) bita insuline itakiboneka bivuye kuduhimba bita cellules de bêta des îlots de langerhans tuba twononekaye kubice biri hagati y'ibice 75 na 80. Aho rero Ugwagasha ntiruba rugishoboye gukora umusembura Insuline ushira isukari kurugero gwiza ninaho bavugira ko umuntu agwaye Igisukari. IBITUMA UMUNTU AGWARA DIABETE DU TYPE 2. Ubundi Diabete, Hypertension arterielle, Goute nizindi tutavuze ningwara zitegwa n'ikora nabi ry'uduce ndemangingo (Cellules) bitewe nimvo z'imirire mibi (Malnutrition) kuri Diabete rero du Type 2 ngiye kuvuga ibintu bike bidufasha gutahura: 1.Gufungura ingaburo igwiriyemwo isukari ryera ryinshi. 2.Ukubura vitamine B 6 3.Umuvyibuho w' umurengera ( obésité,) 4.Gukoresha ibintu bikoresha nabi umubiri nk'inzoga,itabi,Icayi,... 5.Hariho nibindi ariko ivyo nivyo bibafasha gutahura. IBIMENYETSO Iyo umuntu kenshi bishitse agafatwa na diabète du Type 2 hari ibimenyetso bimwe bimwe vyibonekeza bikamutera kwikanga iyo ngwara.Hamwe nawe wovyibonako vyiza woca uja kwisuzumisha kugira umenye ubuzima bwawe: 1.Gusonza cane( polyphagie) 2.Kunyoterwa bikabije (polydypsie) 3.Kwihagarika kenshi kandi bitavuye kumazi menshi wanyoye (Polyririe ) VYAKOMEYE ( COMPLICATION ) 1 .Kutagira inguvu zo kurangura amabanga yabubatse ( impuissance sexuelle masculine ou frigidité ) 2.Kugwara amaso ( Retinopathie diabétique ) 3 .Infection urunaire Repetitive 4 .Kwonda cane kuri bamwe 5 .Kwononekara Amafyigo (Insuffisance Renale Diabetique),... Harico wobaza canke ukeneye impanuro ningene wofungura woturondera kuri: +25769 557 217 ( WhatsApp, appels ou sms )
Sinkibabon live kur fb basha nanj sind mugihug
facebook ni EAC LIVE SHOW 1
Love from bubanza vichou hejuru
asante xaaaana
Big Fizzo ndamukeneye tuzoganire.
urahawe ikaze
❤❤
🇧🇮🇧🇮
T-MAX MZEE WA MICHANO🎉🎉🎉
Uburenganzira bw'abagwaye bwubahirizwe
na cane cane
Uburenganzira bw'abagwaye bw'ubahwe. Akanovera mu buvuzi bwiyongere mu Burundi.
Ese ingene biberey kuraba
Mes préférées 😘😘😘🇧🇮
Miss dilla hejuru cneee
😂😂😂❤