- 697
- 271 581
J.P.G Tv
South Africa
Приєднався 19 тра 2017
Province de GITEGA
#Gitega : Ishengero #FECABU murugendo rwo gushigikira imbonokazoza ya Leta y’uburundi
Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
Переглядів: 58
Відео
#Gitega : American friends Services committee inkingi y'iterambere ry'abakenyezi
Переглядів 3728 днів тому
Ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mugihugu,iterambere rusangi n'umutekano bufadikanije n'ishirahamwe ry'abagenzi b'amanyamerica (American friends Services committee #AFSC) baratanze ibitungwa, ibikoresho vyo gushona hamwe n'ibikoresho bifasha kuvomera ku makoperative atandukanye yo mû makomine ya #Giheta, #Gitega ,#Makebuko na #Gishubi ahurikiyemwo abakenyezi n'abigeme bafise amikoro make h...
Iyi miryango y'abatwa ku #Mubuga igiye kubaho imerewe neza nk'iyindi miryango.
Переглядів 203Місяць тому
Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
Uyu mu Diaspora MELCHIOR M ariko arakora ivyiza mu gisata c'amagara y'abantu
Переглядів 762 місяці тому
Arasabako ahabwa uburenganzira bwo kuvura abakenyezi n'abana ku buntu nk'uko bikorwa muyandi mavuriro kugira abitura iryo vuriro bose batunganirizwe
Inyigisho zo kuzirikana no gukunda Igihugu
Переглядів 892 місяці тому
Inyigisho zo kuzirikana no gukunda Igihugu zatanzwe n’umukuru w’igihugu kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 17/9/2024, kundongozi zo mu ntara nshasha ya #Gitega yagutse zashizweho n'itegeko ry'umukuru w'igihugu ,iry'umukuru w'inama.Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=...
LINO G
Переглядів 432 місяці тому
Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
Alvin Smith i Gitega bahatswe kumuterura
Переглядів 1052 місяці тому
Uyu musi mbega wewe niho wari uri Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
#Gitega :Ishirahamwe #Agakura ryasubiriye kwinagura
Переглядів 132 місяці тому
Ishirahamwe Agakura rishigikiwe n'ishirahamwe ry'abanyamerika #Wide horizon for children ryaratanze kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14/Nyakanga/2024, ibikoresho vy'ishure bigizwe n'amakaye, imyambaro y'ishure, amasakoshi n'ibirato ku miryango y'abantu bafise amikoro make bo muri komine Makebuko na Itaba zo ntara ya Gitega biciye mu mugambi wo gukomeza abantu bafise amikoro make. Mushobora...
La Couleur d'amour Ibara ry'urukundo coming soon.https://youtu.be/Ht5J5jgG1gM?si=sPbWhWM_wiWMsAG7
Переглядів 852 місяці тому
Rwa rwaruka rukina amareresi rwabatayemwo bishasha navyo s'ibindi n'ireresi bataziriye "La couleur d'amour (#Ibara_ry_urukundo)". Akimana Nelly Franc arongoye #NBFA (New Burundians Filmz Academy) avuga ko intumbero yabo ari gushika aho bashobora kwitunganiriza kazoza biciye mu mpano zo gukina Amareresi Nubwo bashaka gutera imbere ngw'intambamyi zozo ntizibuze kuko bafise ubuke bw'ibikoresho n'u...
Gendera Ubuntu SSP SAB Audio music https://www.youtube.com/watch?v=Z0Wz8i3ntS4
Переглядів 1322 місяці тому
ua-cam.com/video/Z0Wz8i3ntS4/v-deo.html Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
Abenegihugu bahamagarirwa kwitegurira irima ry'agatasi neza
Переглядів 122 місяці тому
Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
Urwaruka rwatanguye guca akenge
Переглядів 212 місяці тому
Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
B FACE ntawari aziko akunzwe i Gitega uku Mamaweeee
Переглядів 1352 місяці тому
Muri Gitega iwacu consert, B face yarakije umuriro, Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara www.provincegitega.gov.bi?Sub_Confirmation=1
DJ Fernando Gitega Iwacu
Переглядів 2412 місяці тому
DJ Fernando yaraye vyukuri yeretse abanyagitega ko ashoboye aho yaririmvye umuziki w'ikibiriraho, ivyatangaje benshi. Mu baririmvyi boise barikumwe niwe wenyene atashimye gusubiramwo indirimbo akoresheje izasohowe. Hari ku musi w'a gatandatu igenekerezo rya 8/09/2024 i Gitega, aho abanyagitega bamwitavye bishimishije. Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/chann...
Bamaze kuhashika ABAKOZI TeaM
Переглядів 532 місяці тому
Abakozi Team bakiranywe urweze I Gitega. Imbere yo gutangura show kuri Cercle raba uko bakiriwe. Kaze nawe ni 5000fr bu kwinjira. Mushobora gukurikirana amakuru y'intara ya Gitega kandi kuri.ua-cam.com/channels/NHbaB8oMCHflfaXHpdqQ1w.html?Sub_Confirmation=1, Facebook Gitegaprov/?ref=page_internal, kuri Twitter Gitega ?Sub_Confirmation=1, hamwe no ukuri site web y'intara...
Urukundo niyo ngabire Imana igomba ko abantu bagira
Переглядів 1912 місяці тому
Urukundo niyo ngabire Imana igomba ko abantu bagira
Ibinyobwa bihingurwa na Fica Burundi nakararuhore
Переглядів 123 місяці тому
Ibinyobwa bihingurwa na Fica Burundi nakararuhore
#Burundi : Great Africa Cycling Safari
Переглядів 113 місяці тому
#Burundi : Great Africa Cycling Safari
#Gitega : Twirinde ingwara kiza ituruka ku nkende
Переглядів 73 місяці тому
#Gitega : Twirinde ingwara kiza ituruka ku nkende
#Gitega : Abakozi ba Leta bakwiye kwijukira imigambi yo kwiteza imbere
Переглядів 804 місяці тому
#Gitega : Abakozi ba Leta bakwiye kwijukira imigambi yo kwiteza imbere
Itangazo ry'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu
Переглядів 134 місяці тому
Itangazo ry'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu
Muri iki gihe ibinyobwa vy’ifanta bikunze gukena #FICA_Burundi yahagaze magabo
Переглядів 334 місяці тому
Muri iki gihe ibinyobwa vy’ifanta bikunze gukena #FICA_Burundi yahagaze magabo
Ibirori vyo guhimbaza isabukuru igira 62 uburundi bwikukiye
Переглядів 1064 місяці тому
Ibirori vyo guhimbaza isabukuru igira 62 uburundi bwikukiye
#Gitega : Suguhingura gusa ariko baratanga n'ubumenyi
Переглядів 224 місяці тому
#Gitega : Suguhingura gusa ariko baratanga n'ubumenyi
#Gitega : Birashoboka ko akaranga kaba akazi kinjiza amafaranga
Переглядів 95 місяців тому
#Gitega : Birashoboka ko akaranga kaba akazi kinjiza amafaranga
#Gitega : Harimwo agahaze mubufasha bwa Mutuelle de la Fonction publique
Переглядів 115 місяців тому
#Gitega : Harimwo agahaze mubufasha bwa Mutuelle de la Fonction publique
Uwo mwana yarambabaje pe
Kibond iman ikomez kuguh uburuhukiro bwiza uwakoze ikibi cokukwica iman izorab igihan izomuh yabony haraho wogez umunyango abantu turibabi kwer😭😭
Courage mon ami❤ ❤❤❤
Courage mon ami❤
Chakigingi wozurabafuye imbavuzanj zirahasigay❤😂
Ni umuziro, ibara ku mutemere, ishano kwumva hari umuntu yubahuka guhiganisha Gishora n'abandi. Nta mwana ahiganwa na se ntitumaramaze Uburundi. Gishora nibo bagomba gutanga amanota bakigisha n'abandi.
NTIMUKIKIRIGITE DISI SENDAGARA NABUMUJA WA GISEKEDI MUGURI IMIHORO GUSA NICYO MUZI
IMITEGO MUTEGWA NABANTU ATACO BAMARIYE IGIHUGU MURARABE MUBANZE KUGIRA AMATOHOZA BUBAHWA. NTA NDONGOZI NIMWE ITAZI KO NAMA NTEGWA IMITEGO NAKAGWI KAHEMUKIYE IGIHUGU 2014 IGIHE HANDIKWA IBIKETE BITYOZA RETA MVYEYI JEWE NKANKA KUSINYA KU GIKETE KANDI BIYITA ABAGUMYABANGA. UBU BIYUNZE NA SEWABANA NARAYE NGUYE MU MUTEGO WABO BAHAKWA NO KUNYICA. NONE MUSHAKA DUHEBE IGIHUGU CACU KUBERA AKAGWI KABAGIZI BA NABI BATUREMEKA UMUSALABA?
Yooooo ubuseyishweniki
Ndashaka kumenya,Gishora yabaye iyakangahe?
2
Ntahinduka 😂❤ iman
Ibintu biraza nabi wallah,ntanugutinya Nyene umuntu waramwihambiye ukabibona Hama inyuma yimyaka itatu akongera akaboneka emwe nokwiruka pe
Vyarii biryoshee cn vubaa Abahiizii nabonee turabitezee,Abagumyabangaa murashoboyeee❤Akarangaaaa kabarangeee
Biriko biraza pe , nkubu dukoranya hobamwo akarusho
Irasanzwe cane
😭😭🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
R.I.P
Congratulations
Hongera san
Hongera
Niviza urugogwiza
😭😭😭😭🤦
Gasape yarateye iteka imvukira z igitega
Uyumwana ariho kontubona bandits ripo
R. P😭😭😭
Mwiriwe je we ngwaye : Apostats mbeg urakizwa niyo miti kama?ndondera iyomiti amahera ndayarungika .
👍👍👍👍👍💪💪💪
Kacaman wanje. Urupfu rwawe ni agahinda gusa. Kigali twagukundaga bikomeye. Uzaduhora ku mutima
Neza kbx
😅😅😅😅😅
RIP
nivyiza cane turabishimy
⚘⚘⚘
Emw uyomukobwa arazi kuyonyonga PE!!!
May God bless my homeland Mutaho...
Toba
kidum kibido komeraaaaaaaaaa
Yoooo😭😭 gac men Iman ikwakir mubwam.bway
😓😓😓😓😓😓😓yooooo manawe.abaiimwivuka.kacamani.link.
Igire kabisa Warumuhanga.
Nukuri ndanejerejwe nokubona ikikigo.ndabarondera canee
Basha,izo radio ziraduc'ivutu n'ukuri pe !!!!! N'ukuziyamiriza !!!!
Nice
Kigingi urumwan mubi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
nikubigira nkuko babigize muri Congo.
Komera uwukwanka?akwandureko!
Ibintu vyiza cane courage
love this
Terimbere nkumuzinga!!
Nice project!