BNP TV
BNP TV
  • 1 642
  • 225 867
JTF DU 23 11 2024
Dans ce JT :
1. Les automobilistes donnent leurs points de vue sur l'application " Igitoro pass"
2. Découverte des Éditions au Burundi
3. Des enfants démunis sont encadrés à Buterere et Ngagara
4. En invité du journal, le fondateur des Éditions Gusoma @Roland Lewis Rugero nous parle sur l'évolution du secteur du Livre au Burundi
Переглядів: 5

Відео

ARMC Atelier de sensibilisation des décideurs politiquesARMC Atelier de sensibilisation des décideurs politiques
ARMC Atelier de sensibilisation des décideurs politiques
Переглядів 37 годин тому
Sensibilisation des décideurs politiques par #ARMC L'autorité de régulation du marché des capitaux a tenu un atelier de haut niveau à l'égard des décideurs politiques. La représentation de l'Assemblée Nationale a rassuré les organisateurs pendant cet atelier. #Economie #Bourse #BNP_Media
KRISTU MWAMI 2024KRISTU MWAMI 2024
KRISTU MWAMI 2024
Переглядів 1511 годин тому
Ijambo rya Jambo : Yezu, Umwami w'amakungu ( Jn 18, 33-37) " ...naravutse nza kw'isi kugira ngo nshingire intahe ukuri. Uwukunda ukuri wese yumva ijwi ryanje." (Jn 18, 37). Mbega ukuri Yezu avuga n'ukuhe? Kurikira Ijambo rya Jambo kuri startimes chaîne 125, isaha 19h15, no kuri youtube yacu isaha 19h45.
FIEVRE AVEC RACKFIEVRE AVEC RACK
FIEVRE AVEC RACK
Переглядів 26День тому
Pour ce samedi dans la Fièvre de BNP TV nous serons avec l'un des meilleurs rappeur burundais Rack. L'interprète de titres comme Kata, Risk, Vibes pour ne citer que ceux-là reviendra sur les moments forts de sa carrière jusqu'à la sortie de son EP. Ça se passe ce samedi à partir de 19h15
128 KRISTU MWAMI 2024128 KRISTU MWAMI 2024
128 KRISTU MWAMI 2024
День тому
Ijambo rya Jambo : Yezu, Umwami w'amakungu ( Jn 18, 33-37) " ...naravutse nza kw'isi kugira ngo nshingire intahe ukuri. Uwukunda ukuri wese yumva ijwi ryanje." (Jn 18, 37). Mbega ukuri Yezu avuga n'ukuhe?
Vox Pop Igitoro PassVox Pop Igitoro Pass
Vox Pop Igitoro Pass
Переглядів 203 дні тому
Imyidogo y'abakoresha #Igitoro pass Amanyanga yagumyeho kandi harashizweho ubuhinga bwa none bwo kugura igitoro. Kurikira abakoresha ubwo buhinga baganiriye na #BNPTV #Igitoro #Ubutunzi #BNP_Media
Ma rencontre avec jésus Christ en 1999Ma rencontre avec jésus Christ en 1999
Ma rencontre avec jésus Christ en 1999
Переглядів 183 дні тому
fabrice NZEYIMANA sur BNP TV avec Yann santana suivez l’intégralité de l’Emission la fièvre sur notre chaîne You tube ua-cam.com/video/7nkLMocN1-w/v-deo.html #fabricenzeyimana #heavenlymelodie #BNP_Media #Burundi #gospelmusic
Umusi mpuzamakungu wahariwe agateka k'UmwanaUmusi mpuzamakungu wahariwe agateka k'Umwana
Umusi mpuzamakungu wahariwe agateka k'Umwana
Переглядів 104 дні тому
Sixte Vigny NIMURABA, Umukuru w'Umugwi w'Igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu, asaba Reta gukora ibishoboka ngo Umwana w'Umurundi yige neza. Hari mu kiganiro yahaye Abamenyeshamakuru kuri uyu wa 20/11 Ku musi mpuzamakungu wahariwe agateka k'Umwana #CNDH #Burundi #droitdelenfant #droitdelhomme #BNP_Media
AnticipationAnticipation
Anticipation
Переглядів 84 дні тому
Haraho bishika umuntu akaguma yikeka ko agire ababazwe kandi atariko biri bikamutera kwumva yo kwitegura ngo yikingire uwo mubabaro? Kurikirane Ikiganiro cose #pyscology #burundian #mumutwehacu #bnp_media
UMUGWI NSERUKIRAGIHUGU WA BASKET BALLUMUGWI NSERUKIRAGIHUGU WA BASKET BALL
UMUGWI NSERUKIRAGIHUGU WA BASKET BALL
Переглядів 1574 дні тому
Umugwi nserukiragihugu w'Uburundi muri Basket nturigera witabira Afrocan canke AfroBasket. Habuze abakinyi bari ku rwego mpuzamakungu?? Muri BNP Sport y'uwu musi turikumwe na Clovis Ludic.Ni we agiye kudufasha.Sangwa ikaze! #Febabu #Fiba_afrique #Afrocan #afrobasket
Mbega iduga ry'ibiciro ry'ivyankenerwa riterwa n'iki ?Mbega iduga ry'ibiciro ry'ivyankenerwa riterwa n'iki ?
Mbega iduga ry'ibiciro ry'ivyankenerwa riterwa n'iki ?
Переглядів 615 днів тому
Kubwa Gabriel RUFYIRI, arongoye OLUCOME, Ikena ry'amafaranga y'agaciro hamwe n'umwimbu muke biri mu bituma vyambere #burundi #amakuruburundi #olucome #economy #ntarerushatsihousetv
INSTABILITE DES PRIX DU RIZINSTABILITE DES PRIX DU RIZ
INSTABILITE DES PRIX DU RIZ
Переглядів 475 днів тому
Uno musi 1kg c'umuceri kigurwa hagati ya 3800 na 6000 bif. KO umuceri uguma uzimba, vyoba biva kuki? Abadandaza bavuga KO uruhusha rwo kurangurira ruguru bahabwa na Marie ruteba kuboneka, bagasaba KO bokworoherezwa. Ariko muri Mairie hoho bakagira bati abadandaza baje bazanye ibisabwa ubwo nyene uruhusha baca baruronka #burundi #economy #bnp_media #bujumbura #agriculture
LA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANALA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANA
LA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANA
Переглядів 546 днів тому
À cœur ouvert, le chantre du gospel burundais Fabrice Nzeyimana s'ouvre à nous. Une occasion de revenir sur sa carrière, sa vie de couple et son groupe Heavenly Melodies. #fabricenzeyimana #heavenlymelodie #BNP_Media #Burundi #gospelmusic
LA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANA #fabricenzeyimana #heavenlymelodiesLA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANA #fabricenzeyimana #heavenlymelodies
LA FIEVRE DE LA BNP TV F ABRICE NZEYIMANA #fabricenzeyimana #heavenlymelodies
Переглядів 1126 днів тому
À cœur ouvert, le chantre du gospel burundais Fabrice Nzeyimana s'ouvre à nous. Une occasion de revenir sur sa carrière, sa vie de couple et son groupe Heavenly Melodies. #fabricenzeyimana #heavenlymelodie #BNP_Media #Burundi #gospelmusic
UMWANA W’UMUNTU INGENE AZOSHIKAUMWANA W’UMUNTU INGENE AZOSHIKA
UMWANA W’UMUNTU INGENE AZOSHIKA
Переглядів 436 днів тому
Ijambo rya Jambo : Umwana w'umuntu ingene azoshika ( Mc 13, 24-33). " Niho rero abantu bazobona Umwana w'umuntu aza mu bicu afise Ububasha n'ubuninahazwa bwinshi" ( Mc 13, 26). Aho rero akazoza inyuma y'amarushwa, Izuba ryazimye, ukwezi kutakibonesha, .. Mbega uwo muzo usa n'uwuteye ubwoba usigura iki? #burundian #ijamboryimana #jamboryajambo

КОМЕНТАРІ

  • @Venu-b218
    @Venu-b218 3 дні тому

    We'll be everday here to support BNP TV 💪💪

  • @JudithNini
    @JudithNini 3 дні тому

    Lydic uusesanguzi abizi caneee

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 3 дні тому

      Urakoze cane aragerageza nukuri

  • @betuelniyomugenzi7632
    @betuelniyomugenzi7632 4 дні тому

    Courage bro Lydic kure hashobok uzohager❤

  • @NathalieMpfanuguhora-dm6wo
    @NathalieMpfanuguhora-dm6wo 5 днів тому

    This subject is veryy very important,people Must know how to use money in order to improve themself and improve their society

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 3 дні тому

      Thank you dear Nathalie

  • @JeanBerchmansNsabimana
    @JeanBerchmansNsabimana 6 днів тому

    But wait! How gambling falls in the production of easy money when your hard money has been put into a risk and the club has been analyzed enough to win it !? Easy money might be an illusion!!

    • @xniyonkuru5642
      @xniyonkuru5642 6 днів тому

      You're obviously a fan for soccer betting! IMHO, I believe gambling doesn't take too much energy either intellectually or physically!

    • @JeanBerchmansNsabimana
      @JeanBerchmansNsabimana 5 днів тому

      ​@xniyonkuru5642 wrong guess brother 😅. I v never bet and I don't think i will, that was my idea and i still maintain it because i don't think at all that betting is an easy way to get money as many would be flooding in it!

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 3 дні тому

      thank you dear

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 3 дні тому

      absolutely true and thank you for your reaction

  • @JeanBerchmansNsabimana
    @JeanBerchmansNsabimana 6 днів тому

    Congrats for the work brother Patrick 👏.

  • @nduwayezurichard1704
    @nduwayezurichard1704 6 днів тому

    Quel geste😍😍

  • @lee-eloiiteka9605
    @lee-eloiiteka9605 7 днів тому

    Intersting subject...wondering to become reach quickly is what kills nowdays young men...no easy money that is loss of time

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 6 днів тому

      Thank you for your reaction stay connected

  • @ReverienBigirimana-s2t
    @ReverienBigirimana-s2t 10 днів тому

    Urabeshe nta mukobwa ahabwa icumu

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 10 днів тому

      MUrakoze cane kuntererano yanyu

  • @xniyonkuru5642
    @xniyonkuru5642 11 днів тому

    Abashaka kuja kwiga mu Bufaransa twagiye mupfe guheza kuraba iyo nkuru gusa impanuro musangamwo muzonsororera!

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 11 днів тому

      Murakoze cane Niyonkuru kuntererano yanyu

  • @estherakimana4458
    @estherakimana4458 11 днів тому

    The show was actually outstanding!

  • @albinjuven
    @albinjuven 12 днів тому

    Turabatey'intege, ubuki n'ikintu gikomeye kandi c'akamaro k'ubuzima bw'abantu bose.

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 11 днів тому

      murakoze cane gose juven

  • @albinjuven
    @albinjuven 12 днів тому

    Great job! The show was truly amazing, with incredible people🥰🥰🥰🥰🥰

  • @nduwayezurichard1704
    @nduwayezurichard1704 12 днів тому

    Ibi bintu birakenewe ko vyigwa nez cane kuko umuhini mushasha utera amabavu

  • @albinjuven
    @albinjuven 12 днів тому

    Pour que Igitoro Pass fonctionne très convenablement, il faut revoir le niveau de l'Internet et de l'électricité.

  • @xniyonkuru5642
    @xniyonkuru5642 12 днів тому

    Ayo makuru yarakenewe cane!

  • @albinjuven
    @albinjuven 12 днів тому

    Uyo turamwemera kandi tumwifurije guter'imbere agashika Kure cane🏆🏆🏆🏆

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 12 днів тому

      Urakoze juven reste connecté

  • @nduwayezurichard1704
    @nduwayezurichard1704 12 днів тому

    Mwakoze kutuzanira Kessy JORDAN

  • @UwamureraNathanael
    @UwamureraNathanael 12 днів тому

    Yorwose hano murwanda irusizi turabakunda 🎉

  • @albinjuven
    @albinjuven 13 днів тому

    Kwicisha bugufi niyo nzira n'inyifato vyiza, dusab'Imana Iduh'inema yayo kugira twame turi abayihimbara.

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 13 днів тому

      MURAKOZE CANE JUVEN KU NTERERANO YANYU

  • @BertrandayikengurutseUwiteka
    @BertrandayikengurutseUwiteka 13 днів тому

    Courage mon frère

  • @BertrandayikengurutseUwiteka
    @BertrandayikengurutseUwiteka 15 днів тому

    🙏🙏

  • @nduwayezurichard1704
    @nduwayezurichard1704 17 днів тому

    Ewe nugufata irengarenga nta kundi😮‍💨😮‍💨😮‍💨

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 17 днів тому

      Urakoze cane Richard

  • @albinjuven
    @albinjuven 18 днів тому

    Ikinga ryubahwe cane, ahubwo Reta Isubire irireke ridushikane muri downtown kuko niryo ryoba riradusahiriza mw'iki gihe ata bitoro.

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 18 днів тому

      Urakoze cane kuciyumviro cawe

  • @PatriciaManga-cd7om
    @PatriciaManga-cd7om 20 днів тому

    Bonne chance ma chérie

  • @BruceDushi-d3v
    @BruceDushi-d3v 22 дні тому

    Que Dieu te benisse prétre desire je suis au burundi province kayanza commune butaganzwa colline mpfunda proche de ta village natal Muremera

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 18 днів тому

      merci pour votre commentaire cher Bruce

    • @BruceDushi-d3v
      @BruceDushi-d3v 18 днів тому

      @bnptv5503 merci mbe iki kinyamakuru Nico muburundi

    • @bnptv5503
      @bnptv5503 18 днів тому

      @@BruceDushi-d3v ego cane

  • @rodriguembappe4103
    @rodriguembappe4103 22 дні тому

    Richard ubund niw wnj hejur cneeee

  • @StellaPensif
    @StellaPensif 23 дні тому

    ❤❤🎉🎉🎉

  • @KeitaOumou-h7p
    @KeitaOumou-h7p 23 дні тому

    Elle me plaît cindi❤❤❤❤

  • @richylibani4855
    @richylibani4855 23 дні тому

    Mon choix malheureusement 😢

  • @RabiatouRabiatou-s7t
    @RabiatouRabiatou-s7t 24 дні тому

    Elle est très éveillé... plein de classe.bonne chance ma chérie

  • @nduwayezurichard1704
    @nduwayezurichard1704 25 днів тому

    Uyu mwigeme ari n'ututu tw'utu manieri🤣🤣🤣

  • @natachadusabe6475
    @natachadusabe6475 25 днів тому

    On t'aime bien Cindy tu es vrai dans tes paroles et tu te respectes

  • @Zeynep-j9w
    @Zeynep-j9w 25 днів тому

    En tout cas elle est trop posé. Je l'apprécie vraiment ❤❤

  • @manoulwamba9378
    @manoulwamba9378 26 днів тому

    On vous aime les Burundais !❤ RDC speak

  • @CarlaMoussavou-j1y
    @CarlaMoussavou-j1y 26 днів тому

    Cindy tu es belle ❤❤❤

  • @warbieek
    @warbieek 26 днів тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤très belle femme simple et drole en plus 💖

  • @theresedioh4955
    @theresedioh4955 27 днів тому

    Oui elle est gentille mais front là on dirait pister d atterrissage 😂😂

    • @LydiaKaneza-o1v
      @LydiaKaneza-o1v 23 дні тому

      Ça fait partie de la beauté burundaise et Rwandaise ma belle 😘

    • @HermineMoussa-v1k
      @HermineMoussa-v1k 20 днів тому

      Toi Thérèse toi même tu es comment ? T'entendre parler excuse moi tu es juste mal poli une personne que tu connais pas n'est la juge pas , Cyndi est magnifique fille depuis le Congo Brazzaville 🇨🇬🇨🇬🇨🇬🇨🇬

  • @noelakashamunda
    @noelakashamunda 27 днів тому

    Elle n'est pas mal❤

  • @EmanuelDiawara
    @EmanuelDiawara 27 днів тому

    Cindy❤❤ tout simplement vrai

  • @BenedictaGNASSOUNOU
    @BenedictaGNASSOUNOU 27 днів тому

    Cindy tu est vraiment simple je t'apprécie bien 18:51

  • @EvelyneKoudeabo
    @EvelyneKoudeabo 27 днів тому

    Elle es sympa cette fille 🎉

  • @PierreAIDEKON
    @PierreAIDEKON 27 днів тому

    En plus elle est très drôle

  • @PierreAIDEKON
    @PierreAIDEKON 27 днів тому

    Moi je l'aime surtout pour son front.. j'aime les femmes qui ont de front.. c'est une très belle femme 😍😍😍 Seulement qu'au BÉNIN personne n'invite une bâchelorette sur une chaîne de télévision au BÉNIN..Ton émission n'aura pas d'audience

  • @DjeinabaSow-l2k
    @DjeinabaSow-l2k 28 днів тому

    Le Bachelor vas regretter de ne pas choisir sindy

    • @AJAMAT-Bakolong-BADJI
      @AJAMAT-Bakolong-BADJI 27 днів тому

      Ce genre d'émission n'est pas une réalité hein, c'est de la comédie Téléréalité 😅. Je m'en souviens du Bachelor Olivier en France qui avait choisi Alexandra à la fin de l'émission mais leur couple n'avait pas marché ça date des années 2000.

  • @korotoumbamba852
    @korotoumbamba852 28 днів тому

    ❤❤❤

  • @AwaDIEDHIOU-n5i
    @AwaDIEDHIOU-n5i 28 днів тому

    🩷🩷🩷🩷

  • @AwaDIEDHIOU-n5i
    @AwaDIEDHIOU-n5i 28 днів тому

    ❤❤❤❤

  • @RSY873
    @RSY873 28 днів тому

    C'est une très belle jeune fille. Les gens ont passé leur temps à critiquer sur son front mais elle est sublime avec son front, qui va très bien avec le reste de son visage.

    • @AJAMAT-Bakolong-BADJI
      @AJAMAT-Bakolong-BADJI 27 днів тому

      😂 moi j'ai bien aimé son jeu de théâtre avec Lamine

    • @SaranKourouma-l1y
      @SaranKourouma-l1y 18 днів тому

      Elle était ma préférée sérieux ❤je la kifff trop ❤ cyndy ma coeurrrrr 😊

  • @OlivierNijimbere-q5o
    @OlivierNijimbere-q5o 28 днів тому