- 9
- 951 578
Stylozoff Officiel
Uganda
Приєднався 1 бер 2024
Nouvelle pépite du rap burundais, venue changer le "Game"
Umuserukizi w'aba Poils
Scriiiiiii Paaaaaaa!!!!!!!!!
#hiphopmusic
Umuserukizi w'aba Poils
Scriiiiiii Paaaaaaa!!!!!!!!!
#hiphopmusic
Stylozoff - Thank You Jah (Visualyzer)
Prod by Kolly Da Magic
Video Edit by The Bronze
Akeza Music - 2024
====================
Lyrics
Warahabaye igihe nari nuzuye ivyiyumviro.
Ubu nta Mama singiye kubona n’akishwe n’iziko.
Mana ntugirisha Inama kugira umpe Umuhezagiro.
Kwizera wewe vyampaye kuba Tranquillo.
Wampaye ukwihangana nk’ukwa Mandela mu gasho .
Ngabanya ubwana ikibazo cose ndagwana naco.
Bamwe bantwengana agahemo
Bumiwe they don't know how you put food on My table
Natanguye nsamirana mu biti
None iri jwi Ubu rimokora no mu miji
Now "much confidence” inside me
Ku bikorwa Papa Love Me sinaga utani.
Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri Zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
Thank you Jah
Jah niwe Papa
verse2
Iyo igisiga ntaguruka sinari kumenya aho amababa yanje yoshika.
Iyo uku kuzimu kutanyigisha I couldn't never know life is a better teacher.
I was in the State of Mawazo.
Mawazo ntibazi inyishu y’ibibazo
Isengesho rinyereka impano .
Hirya nino Stylo rouge bamenya insiguro yayo
Jah warakoze kungira the Guy
Atihebura Wallai
Much Believing me don't know Why.
Na confidence nyinshi in my Heart.
Wumvehhh
Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
Thank you Jah
Jah niwe Papa
This my message to the youth.
no matter where you from or what you do
Give the Best of you
Trust Jah you can make it too
Thanks so much God
Asante sana Mungu
Video Edit by The Bronze
Akeza Music - 2024
====================
Lyrics
Warahabaye igihe nari nuzuye ivyiyumviro.
Ubu nta Mama singiye kubona n’akishwe n’iziko.
Mana ntugirisha Inama kugira umpe Umuhezagiro.
Kwizera wewe vyampaye kuba Tranquillo.
Wampaye ukwihangana nk’ukwa Mandela mu gasho .
Ngabanya ubwana ikibazo cose ndagwana naco.
Bamwe bantwengana agahemo
Bumiwe they don't know how you put food on My table
Natanguye nsamirana mu biti
None iri jwi Ubu rimokora no mu miji
Now "much confidence” inside me
Ku bikorwa Papa Love Me sinaga utani.
Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri Zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
Thank you Jah
Jah niwe Papa
verse2
Iyo igisiga ntaguruka sinari kumenya aho amababa yanje yoshika.
Iyo uku kuzimu kutanyigisha I couldn't never know life is a better teacher.
I was in the State of Mawazo.
Mawazo ntibazi inyishu y’ibibazo
Isengesho rinyereka impano .
Hirya nino Stylo rouge bamenya insiguro yayo
Jah warakoze kungira the Guy
Atihebura Wallai
Much Believing me don't know Why.
Na confidence nyinshi in my Heart.
Wumvehhh
Hari umunezero inyuma y’amaganya .
Jah wankuye kuri zero unshira no kwi 100
Umpa ku kwizera mu mutima .
Unyakiriza itara ndi mu mwijima.
Thank you Jah
Jah niwe Papa
This my message to the youth.
no matter where you from or what you do
Give the Best of you
Trust Jah you can make it too
Thanks so much God
Asante sana Mungu
Переглядів: 54 209
Відео
Stylozoff - Wumve (Official video)
Переглядів 168 тис.5 місяців тому
Stylozoff - Wumve (Official video)
Stylozoff - Ivyo Bito feat 19th (Lyrics Video)
Переглядів 178 тис.7 місяців тому
"Ivyo Bito" by Stylozoff feat 19th Prod by Aguilaaa Akeza Music Prod Chorus Ndi umukozi ku kivi that's why nteye imbere (IVYO BITO) Nandika ndi ku mavi hewe ngeze kure (IVYO BITO) Numva itsinzi mu mitsi Passion ingeze Kure (IVYOBITO) Gushika nshinze imizi Rolls-Royce ngure (IVYO BITO) Ivyo bitoooooo (IVYO BITO) Gato karakura, take it easy we! Ivyo bitoooooo (IVYO BITO) Ubuhanza ni samaza siyo u...
Stylozoff - DIRIGIZA (Lyrics Video)
Переглядів 196 тис.8 місяців тому
🎙🎶 DIRIGIZA by Stylozoff Hook : Agahimbo kambuza kurya nagataye hariya. Imbere ntahabona ndurira igiti nka Zakariya (Zakayo). Ikaramu irakosora it's me vs me this year Nukuyobora ki Roma I feel like am julio ceasar. Uyu mwaka ndadirigiza. (x2) Verse : Ntanumwe ndiko ngwana nawe kiretse Jewe. Gukora gutsinda mu mutwe nico conyene. It's me vs me uyu mwaka nayigize Terme. Mwitege Intare kubanyitir...
Stylozoff - Why Not ? (Lyrics Video)
Переглядів 318 тис.9 місяців тому
Lyrics 🎙🎶𝐖𝐡𝐲 𝐛𝐲 𝐒𝐭𝐲𝐥𝐨𝐳𝐨𝐟𝐟 𝐏𝐚𝐩𝐚 𝐋𝐨𝐯𝐞, 𝐔𝐦𝐮𝐬𝐞𝐫𝐮𝐤𝐢𝐳𝐢 𝐰’𝐚𝐛𝐚 𝐏𝐨𝐢𝐥𝐬. 𝐈 𝐠𝐨𝐭 𝐦𝐞𝐬𝐬𝐚𝐠𝐞 𝐭𝐨 𝐲𝐨𝐮 𝐏𝐞𝐨𝐩𝐥𝐞 𝐒𝐜𝐫𝐢𝐢𝐢𝐢 𝐏𝐚𝐚𝐚!!!! Life yigi poils don't play nukuri n'Ingoma , Monday to Sunday allday dukwepa ama ola(all eyes) Nikuzinduka kuko retraits ziba mapema Nigger ntavyokwicara we Umugabonihera. Imigambi myinshi muga ntamitahe Nikwiyima Family ironke umukate Mvuye mugipoils nzonshinga intahe Ubugumu bwinshi bwan...
Scriiiiiipaaaaah wumve 😂😂😂😂
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nabyokugambana !!!??
Fire
The best
Pp lv
Big up
🎉🎉❤❤❤😊
ua-cam.com/video/qS9Zhcf_z34/v-deo.htmlsi=v9cgaZLRghZuMl-n
Dutemwo!❤❤🎉🎉🎉
Good song my bro💥💥💥
Papa bikorwa 🔥🔥🔥🔥🔥
❤
🇹🇿🇧🇮🇨🇩
😭😭😭😭papa love scriiuiiiiiiiiiiiiiipa😭😭😭
❤
bandanya😊😊😊😊
Papa love 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Papa love , iyi si ukora SONG neza arko iyi si tugezemwo iyo indirimbo atari iyi Mana itarimwo umudemu yambaye atagase canke yambaye impenerezo, iyo ndirimbo ntaho iva ntaho ija. JANA NI IBIHE NIMBA USHAKA IVYUNGUKA
Tumushigikire kbx mmpe like❤❤ 🎉
We wait for you My bro❤❤❤
Go ahead we wait for you My brother❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Why not😂
Stylo hejuru
Ararenze uwo mupt
Ikiyed cubahw nka stlozoff
aha
Kl❤❤❤❤❤
The chorus is just woow🎉🎉Adrick namumenye muri Vyankirahe ari kumwe na Bain Turo❤❤
Wy
Uyu musoremutama wacu ndamukunda❤❤
Nanj ndamubon azoz mur competition yanj
Real nigga shit Always give thanks to the most High Jah 🙏🏿🙏🏿🙏🏿
Vyatanguye kuza
Ivyo bitooooooo😅xm
Wumve
Courag papa love❤❤❤
Ndakwemera xana
Ubuhanza bugumanuburyohe
Bro uratwemeje kbx dukeneye abantu nkamwe
❤❤💯💯
Wumve nukuri ningoma
good bro🎉🎉🎉🎉😂😂❤❤❤
Wee Pap love niw munt wnj
Papa love urazi igisigaye IGA gutamba ama leevens uzoze uratamb mwizi bity
Super song
Papa love scrip
Let's keep the Burundian & Rwandan rap alive ua-cam.com/video/40QWrGlNxK8/v-deo.htmlsi=w3IpHfFIyt3E6IGb
Nakasa mutwe😂😂😂🤲
Thank you jah