- 464
- 498 066
B-EYE TV
Приєднався 20 кві 2022
Kaze kumuhora wacu wa UA-cam
Karibu kwenye chaneli yetu ya UA-cam
Bienvenue sur notre chaîne UA-cam
Welcome to our UA-cam channel
The far you see, the more you get
Karibu kwenye chaneli yetu ya UA-cam
Bienvenue sur notre chaîne UA-cam
Welcome to our UA-cam channel
The far you see, the more you get
Vichou Love ahamagaye Nelly Nat kuri stage Ku Mutwenzi/Abandi ba stars ivyo bakoze
#beyetv #vichou #melaninboy
Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Переглядів: 104
Відео
Mkombozi avuze kuvyerekeye gufungwa/Isanganya rya Mutima le Comedien ryatumye.../Rap narayigarukanye
Переглядів 1 тис.2 години тому
#beyetv #bface #mkombozilucifer Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Association Culturelle Abagumyabanga/Nabitanguye 2002/Aba mama bacu ni abasirimu bafise instagram
Переглядів 6844 години тому
#beyetv #dancetraditional #burundi Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Umuziki wa Sat-B ngo nturagera kure/Collabo na Bruce Melodie/Umuziki wanje uravuzwa no hanze
Переглядів 14214 годин тому
#beyetv #dramat #satb Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Uwurongoye CENI Prosper/Reta ifise ububasha bwo kugira itegeko kuja kwiyandikisha mu matora ya 2025
Переглядів 15419 годин тому
#beyetv #ceni #amatora2025 Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
SAZDAGREAT atubwiye ukuntu yahatswe kutaja muri ya YA NGABIRE/Nabuze abavyeyi bose umunsi umwe
Переглядів 140День тому
#yangabire #beyetv Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Street Vibes: "Umuhungu yemerewe kumara iminsi ingahe atoga?🤣''
Переглядів 106День тому
#beyetv #kinama Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Sylvestre Ntibantunganya uko yahuye na Ndadaye Melchior/Coup d'état/Menye uwishe umugore twosangira
Переглядів 34 тис.14 днів тому
#beyetv #ndadaye #ntibantunganya Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Dia Maggly atubwiye ukuntu yahuye na Dj Philbyte/Ndubatse ariko ikibi nukurenza ukamenya ama limites
Переглядів 18514 днів тому
#diamaggly #beyetv #kizigenza Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Abakenyezi bo mw'Ijenda uko babayeho/Umugabo waho atubwiye ko atasuka yigera akoro
Переглядів 2,8 тис.14 днів тому
#ijenda #beyetv Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Street Vibes:''Mbega harya ambulance irazimya umuriro?Abo ku Mutanga baratwumije🤣''
Переглядів 6114 днів тому
#beyetv #mutanga Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Let's Talk:'1093 nibo bamaze kugwara Mpox/Evariste Ndayishimiye ati tuvyare bake/Intamba mu rugamba'
Переглядів 5614 днів тому
#beyetv #nyanzalac #mpox Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Simbizi avuze kuvy'aba influenceurs/Entertainment yo mu Rwanda narayubatse/Lee Charon yarampaye
Переглядів 2,1 тис.21 день тому
#beyetv #nellynat #afrimax Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Pasteur arashobora kuvyara umusuma/Naho nkijijwe nda dérangea/Narituriye ingohe zose ziravako
Переглядів 11521 день тому
#beyetv #gospel #isezerano Mwipfuza kurondera abo baririmvyi mwoca kuri iyi numero 62662070 Link y'indirimbo isezerano ua-cam.com/video/pcHH8SC83T0/v-deo.htmlsi=GJtaUUS5O-otpMbM Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Let's Talk:''Angeline Ndayishimiye/SAT-B indenge yaramusize/Ubwato bwo muri Congo bwaribiye''
Переглядів 11921 день тому
#beyetv #angelinendayishimiye #congo Mufise ico mubaza twandikire ubutumwa kuri whatsapp 67021017
Tutafanyaje Ep62:''Sexe yongereza urukundo/Nagize crush k'umuhungu aranyanka/Aba stars nta rukundo''
Переглядів 21528 днів тому
Tutafanyaje Ep62:''Sexe yongereza urukundo/Nagize crush k'umuhungu aranyanka/Aba stars nta rukundo''
Chazel akora ama memes yo gutwenza/Sinarinzi ko vyompa amahera/Abantu biyumvira ko tudakomeye
Переглядів 90728 днів тому
Chazel akora ama memes yo gutwenza/Sinarinzi ko vyompa amahera/Abantu biyumvira ko tudakomeye
Ibreezy yarakoze ibintu bikomeye kuri carrière yanje/Nubu nosohoka hanze nkahasanga imodoka
Переглядів 78Місяць тому
Ibreezy yarakoze ibintu bikomeye kuri carrière yanje/Nubu nosohoka hanze nkahasanga imodoka
Street Vibes:"Hagati ya Mpox na Ketchup nikihe kiryoshe?Ibintu bishuye mu Kamenge ni hatari🤣''
Переглядів 65Місяць тому
Street Vibes:"Hagati ya Mpox na Ketchup nikihe kiryoshe?Ibintu bishuye mu Kamenge ni hatari🤣''
Let's Talk:Impene yavyaye umwagazi usa n'umutu/Yakoresheje ibirozi amwuriza antenne/Yahiye incuro 4
Переглядів 166Місяць тому
Let's Talk:Impene yavyaye umwagazi usa n'umutu/Yakoresheje ibirozi amwuriza antenne/Yahiye incuro 4
Yakijije couple yarigwaye SIDA/ bavuga ngo turi aba freemason/ Apotre Emmanuel
Переглядів 97Місяць тому
Yakijije couple yarigwaye SIDA/ bavuga ngo turi aba freemason/ Apotre Emmanuel
Ndafise collabo numu Nigeria/ nta mwanya wo gukorana n’aba star bo mu Burundi
Переглядів 34Місяць тому
Ndafise collabo numu Nigeria/ nta mwanya wo gukorana n’aba star bo mu Burundi
Abagenderabuntu batahukanye ikibanza 7 mw'ihiganwa ryo kuvuza ingoma aha i Bujumbura
Переглядів 290Місяць тому
Abagenderabuntu batahukanye ikibanza 7 mw'ihiganwa ryo kuvuza ingoma aha i Bujumbura
Umurisho w'ingoma w'umugwi Ruciteme mu kibanz ca 6
Переглядів 455Місяць тому
Umurisho w'ingoma w'umugwi Ruciteme mu kibanz ca 6
AMABANO LEGACY watahukanye ikibanza ca 5
Переглядів 416Місяць тому
AMABANO LEGACY watahukanye ikibanza ca 5
Umugwi Percussion watahanye ikibanza ca 4 mw'ihiganwa y'imigwi ndangakaranga ivuza ingoma
Переглядів 695Місяць тому
Umugwi Percussion watahanye ikibanza ca 4 mw'ihiganwa y'imigwi ndangakaranga ivuza ingoma
Akayazwe babaye aba kabiri i Bujumbura mw'ihiganwa ryo kuvuza umurisho w'ingoma 2024
Переглядів 1,2 тис.Місяць тому
Akayazwe babaye aba kabiri i Bujumbura mw'ihiganwa ryo kuvuza umurisho w'ingoma 2024
Komezakaranga bavugije neza umurisho w'ingoma mw’ihiganwa ryo kuvuza ingoma ryo muri 2024 Bujumbura
Переглядів 747Місяць тому
Komezakaranga bavugije neza umurisho w'ingoma mw’ihiganwa ryo kuvuza ingoma ryo muri 2024 Bujumbura
Amagaba atwaye ikibanza ca mbere i Bujumbura/umwambaro w'imbonekarimwe/competition 2024
Переглядів 3,2 тис.Місяць тому
Amagaba atwaye ikibanza ca mbere i Bujumbura/umwambaro w'imbonekarimwe/competition 2024
Imisaraba yo kuri cathedral ni jewe nayikoze/Muri 1975 niho nagura imodoka ivuye mu vyo kubumba
Переглядів 95Місяць тому
Imisaraba yo kuri cathedral ni jewe nayikoze/Muri 1975 niho nagura imodoka ivuye mu vyo kubumba
Ndiwo ku mashuha
Ukuntu vichou atamba biranryohera cane🥰
Wallah uyumujama numwe kumubumbe
❤❤😊
Naryohewe sanaa
Mukombozi wirambire cane ,urubaka umutima yabarundi sanaa
Noba mpomvye n'ukuri.
Sondota nsiba miriyo voncert le 8/11 nigere vuba hamwe mwoncika mpomvye.
Ndabakunda beza banje muvyina neza
❤❤❤❤
🙌🙌
Umbwirire Mkombozi uti niwaba utamuzi wewe arakuzi. Uti ni vyo aracari mw'isachet uti ariko umusi yavuyeyo azoza azanye ingata n'imigozi uti kandi ntazoba azanywe n'ubusa azoba aje kugumya imfuruka.
Bizob bitesaa
Uzongere uyobore ubundi dore bujyeze hano
Kweriii shaaaaaaa
Dusanzwe tubona iyo umu artist afise concert aratumira abo basangiye umwuga bakaza kumushigikira je propose si possible muzotumire club lac aux oiseaux izo prester muri concert yanyu twobishima cane kandi vyogaragaza ubushuti bwiza hagati y'imirwi ndangakaranga. Merci
Abakunzi b'indirimbo z'abo tuzohaba🎉
Keep it up
🎉😊😊
Muratesa😍
Please mumpe numero ya ama 200 neza 😂
🥺🥳🥳🥳❤️🔥❤️🔥
😍😍🔥🔥🔥🔥
Turashushe no kuza muri concert 😍🔥🔥
Huummm
Grand home de tout le temps. Kila la heri muheshimiwa Ntibantunganya
Courage kuri Bru jamen na Izere🙌🏾
Courage strebber boy🙌🏾
Courage Lufax🙌🏾
Uwo mushatsi wa dia maggly ndabona wamugoye cane uwundi musi nukuwuboherako ibuye kugira ntuze uramukingira mu maso😂
Un grand homme qui a fait beaucoup pour le pays. Grâce à ses choix sages, le pays a pu sortir de nla galère. Je serai ravi de serrer la main de cet homme de grande qualité. Honneur à vous Chef. Merci
Homme de valeur
Dia Maggly hejuru cabane
Ndakunda ikiyago kirimwo Ntibantunganya canke Domitien. Barayaga neza koko bikumvikana ko ata buryarya burimwo. Muzokwisazire neza batama!!!
Courage
Thanks
Ndakubona wigaraje
Kbxa
🎉🎉🎉🎉
Kigali❤
ua-cam.com/video/UVSxahegTww/v-deo.htmlsi=0mOvwkJ_AUI6eGx-
mufashe numéro ya gogo
Mwandikire kuri Iyo watsp iri muri description
Une tete bien faitte, Mr Silvestre N.
Mheshimiwa Silvestre N ninakupenda, Amani ya Mwenyezi Mungu iwe nawe.
Ikiganiro niciza knd courage ark nukuj mur interview wateguy des question zirimw ubunyamwug knd uzurageragez ukoresh ikirundi cinshi
Ikiganiro kiza
Iyo muzana isuka zibakwiye😂
#Mutama wubahwe urikirumara❤️❤️🙏🙏🙏
Twarakubaguwe😭😭
Murikenya bagufashe utatoye ufise karangamuntu mugabo ntutore abatama harabo bita abakuru bimiryango baraguhigiti nivumbi rigatuma
Ntureba umusaza uve kuri kiriya curuda rubi gikunda amoko namahera😂😂😂
Bubahwe
Ntiwamumbarije politique yiwe yo gutereka impfizi zibiri.. ikindi avuga ngo Bikomagu niwe yatanze Ndadaye ariko yamugumije ari chef d´état major . Why ?
ua-cam.com/video/l9bYJm6lYQs/v-deo.htmlsi=f2Y6KqlPPB3eg02g